- Видео 109
- Просмотров 7 790
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
Добавлен 29 авг 2024
Chaine yanyu icako intahe,imburi ,ubutumwa bwiza n'ibindi biganiro mfasha mukristo murugendo ruja mw'ijuru
Видео
ITEGURE YESU ARAJE EP10//IMBURI KUBA KOZI B'IMANA
Просмотров 312 часа назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1 ALBERT 25771475353 FABRICE 25768804981 ELIE 25768421447
IKI GIHE TURIMWO NINKAKIMWE CO KWA NOWA.//INDIRIMBO NZIZA CANE YARIRIMBWE NA NIYONIZEYE ELIE
Просмотров 1112 часа назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
IVYIY'ISI NAMAYOBERA BY BUSEKERA// INDIRIMBO NZIZA CANE ZA KERA
Просмотров 514 часов назад
INTAHEE NGIRAKAMARO TV1
IKIGANIRO CA AZIZA NA FABRICE EP2//AZIZA YISHUYE KUBIBAZO BITANDUKANYE
Просмотров 1114 часов назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
ITEGURE YESU ARAJE EP9//ALBERT
Просмотров 1516 часов назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1 FABRICE 25768804981 ELIE 25768421447
NAMANI WE UMVA NKGIRE INAMA BY FABRICE NIMFASHA
Просмотров 519 часов назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1 FABRICE @25768954 25768804981 ELIE 25768421447
UBUHANUZI KWISHENGERO NO KUGIHUGU//EV HORICUBONYE ERIC
Просмотров 10521 час назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
PETERO MWIBOHRO BY BUSEKERA//INDIRIMBO NZIIZA ZIBUSEKERA
Просмотров 57День назад
PETERO MWIBOHRO BY BUSEKERA//INDIRIMBO NZIIZA ZIBUSEKERA
IGIHE CO KWEMERERWAMWO BY BUSEKERA// INDIRIMBO NZIZA ZITWIBUTSA AKA KERA
Просмотров 514 дней назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
INDAHIRO// TWARATANZE INDAHIRO IMBRE Y'IMANA N'ISHENGERO// UMWUNGERE WA KABIRI W'IGITEGA
Просмотров 8114 дней назад
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
INDIRIMBO YESU MBABARIRA // CHORALE Y'IBUSEHERA//UTURIRIMBO TW'AKERA TURIMWO AMAVUTA
Просмотров 814 дней назад
INDIRIMBO YESU MBABARIRA // CHORALE Y'IBUSEHERA//UTURIRIMBO TW'AKERA TURIMWO AMAVUTA
ABANTU BENSHI BARAMAZE KWONONEKARAKANDI BARI WISHENGERO RY'IMANA //PASTEU LIBERT
Просмотров 12714 дней назад
ABANTU BENSHI BARAMAZE KWONONEKARAKANDI BARI WISHENGERO RY'IMANA //PASTEU LIBERT
UTURIRIMBO TWA KERA TWARIRIBIWE N''ABANYABUSEEKERA
Просмотров 814 дней назад
UTURIRIMBO TWA KERA TWARIRIBIWE N''ABANYABUSEEKERA
INDIRIMBO NZIIZA ZAKERA Z'IBUSEKERA// BARATWIBUKIJE AKA KERA
Просмотров 714 дней назад
INDIRIMBO NZIIZA ZAKERA Z'IBUSEKERA// BARATWIBUKIJE AKA KERA
SEBAGANWA EP 3 ARATUBWIYE IBITARI BIKE KUBIJANYA NIKANGURO
Просмотров 8321 день назад
SEBAGANWA EP 3 ARATUBWIYE IBITARI BIKE KUBIJANYA NIKANGURO
INTAHE IRYOSHE CAANE NIIWAYUMWA URATWENGA NTUSIGA N'IMBAVU PE// UKWIHANGANA NINTSINZI KURI VYOSE
Просмотров 5021 день назад
INTAHE IRYOSHE CAANE NIIWAYUMWA URATWENGA NTUSIGA N'IMBAVU PE// UKWIHANGANA NINTSINZI KURI VYOSE
GUMYA ICO WAHAWE ICO WAKIRIYE NIKIRYA AGAKOZA NIKARYA KAMBERE
Просмотров 6721 день назад
GUMYA ICO WAHAWE ICO WAKIRIYE NIKIRYA AGAKOZA NIKARYA KAMBERE
INTAHE YA DESIRE EP3 ATUBWIYE INGENE IMANA YAMUSUBIJE KW'ISHURE//IMANA NI NZIZA
Просмотров 11021 день назад
INTAHE YA DESIRE EP3 ATUBWIYE INGENE IMANA YAMUSUBIJE KW'ISHURE//IMANA NI NZIZA
ESE ICOMPA IMANA IKAGUHA INKOMZI ZO KUNESHA AMOSHA MABI// PASTEUR MINANI PAUL
Просмотров 29Месяц назад
ESE ICOMPA IMANA IKAGUHA INKOMZI ZO KUNESHA AMOSHA MABI// PASTEUR MINANI PAUL
INTAHE YA DESIRE EP2 .// ARATUBWIYE UKUNTU YESU YAMUTABAYE YAGIRA AGIRIRE NABI UMUBYEYI WIWE
Просмотров 59Месяц назад
INTAHE YA DESIRE EP2 .// ARATUBWIYE UKUNTU YESU YAMUTABAYE YAGIRA AGIRIRE NABI UMUBYEYI WIWE
UMUKREISTO W'UKURI AKWIYE KWAMA YIRIMBURA BURI MUSI UWO NIWE AZOJA MW'IJURU //PASTEUR MINANI PAUL
Просмотров 75Месяц назад
UMUKREISTO W'UKURI AKWIYE KWAMA YIRIMBURA BURI MUSI UWO NIWE AZOJA MW'IJURU //PASTEUR MINANI PAUL
NITWABA DUHIMBAYE UHORAHO AZODUHA IJURU.// NSANZURUKUNDO EMMANUL
Просмотров 60Месяц назад
NITWABA DUHIMBAYE UHORAHO AZODUHA IJURU.// NSANZURUKUNDO EMMANUL
Yesu abahezagire
Murakoze caaane
Hanyuma turabashimiye intambwe mugezeko mugukwiza ubutumwa bwiza.biciye kumboneshakure yanyu ariyo yacu .lntahe ngirakamaro tv
Aho hanyuma handitswe KO hari ikabara.ariko umungo hitwa ikabera.ngirango mwarihenze
Mukomerecane mugakiza
Ajavahe agiyehe gukoriki?
Ooh Haleluya😅
Bien aimé FABRINE HAZIMANA JE T ENCOURAGE .KANDI IGISHINGANTAHE CAWE KIMPAYE IYINDI MBONO NDAFASHIJWE NDANEZEREWE KO NTARI UMWE .IMANA IGUHEZAGIIIIIIIIIIIRE UMBAYE KURE NAKUGUMBIRA YESU NTAZOKOZISONI ABANTU BAFISE IMIGABO NKIYI KANDI TUZOHUMIRA IBISIGO NDABARAHIYE .NANJE IYI NDAHE NDAYISENGEYE ISHISHIKARE GUHUMI 30:14 RA UBWAMI BWA SATANI IZANE IMITIMA.KURI YESU TEEEEEKELEBOOOO LORD MEYISA JEHOVAH .AMEN
Amen nivyukuri iherezo nikintu ciza cane
Good good
wewe kl ico ntavuze lmana niyo ikizi kiri kumutima wanj nokubwira lmana niyo ikizi
N'IMANA N'IMANA yemwe ntitwihenze ivyo vyose yabidukoreye ataco dutanze atari Ubuntu bwayo nurukundo rwayo gusa
Imana ishishikare kugukomeza nokugukoresha Ivyinkomezi
Yesu abahe umugisha
UBUTUMWA NGIRAKAMARO
YESU ABAAHEZAGIRE MWESE BAKUNZI BINTAHE NGIRAKAMARO TV1 TURAHARI KGIRA DUFASHANYE MURUGENDO RUJA MWIJURU ICO NICO KITURAJE ISHINGA KO ABANTU TWOKWIHANA IVYAHA TURI BENSHI TUKAZOJA MWIJURU NTAYINDI NTUMBERO DUFISE ATARI IYO YESU ABAHZAGIRE CANE BAKUNZI BA KRISTO YESU
Turashimishwa nubutumwa mudusangiza
Imana yarakoze kubaha TV
Abo muntahe ngirakamaro.muhezagigwe
Mwaramutse neza bakozi b.lmana.
❤
IMANA IBISHIMIRWE
IMANA ivuze ngo baho urabaho ijambo RY'IMANA rirarema
Tuzonesha naho abenshi bariko barananirwa kuko twisunze YESU
Imana iguhezagire
Urakoze mukozi w'Imana
Amen
IMANA Ihezagire Intahe NGIRAKAMARO
YESU abahezagire IMANA YACU N'UMWIZIRWA
Mpwemu w'Imana akomeze kuguhishurira nibindi mukozi w'Imana
C'est bien
Baracitiranya chaine 😢
Wow very good,intahe ngirakamaro muhezagirwe ko tugeze Ku youtube
IMANA IGUHEZAGIRE CAAAANE MWENEDATA ALBERT
Wapi Fabrice ijuru ntirirugugwa nk'uko n'umuriro utarugirugwa! Abapfiriye mu Mwami Yesu Kristo barafise aho baruhukiye barindiriye inzamba ko zivuga, abapfiriye mu vyaha nabone bafise aho barindiririye urubanza. Donc nta muntu n'umwe ararijamwo na Mariya ntaryo arashikamwo! Yesu Kristo ubwiwe yarivugiye ngo *ntawuraja mw'ijuru kiretse uwaje arivamwo ni We mwana w'umuntu wo mw'ijuju*
Very good
Yoooo urakoze cane Reverien
Murakoze gwose
Thnks
Yesu Aguhezagire cane
Good
Good
Yoooo ewe Dismas nawe😂!!!
Umwami YESU Arineze pz
😂😂😂
MURAKOZE CANE BENE DATA
Tnk u so much
Imana n'ihabwe icubahiro cose kubwiyo ntahe namwe mwongegwe inkomezi
Good
God bless you so much
Very nice