- Видео 57
- Просмотров 33 061
Ishaka rya Pawulo mweranda.
Танзания
Добавлен 12 фев 2024
Ishaka rya Pawulo mweranda, n'umurwi ugizwe n'abafaratiri bari mu maseminari makuru yo mu burundi.
Ufise umwitwarariko wo gufasha abakirisu gusenga no kuzirikana ikinyegezwa c'icungurwa, biciye mu ndirimbo hamwe no mu bundi butumwa bumwe bumwe barangura.
Ufise umwitwarariko wo gufasha abakirisu gusenga no kuzirikana ikinyegezwa c'icungurwa, biciye mu ndirimbo hamwe no mu bundi butumwa bumwe bumwe barangura.
Видео
IZABULI YO KU MUSI W'IMANA WAHARIWE KUMENYESHA INKURU NZIZA
Просмотров 5333 месяца назад
IZABULI YO KU MUSI W'IMANA WAHARIWE KUMENYESHA INKURU NZIZA
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 16 (B)
Просмотров 1,6 тыс.6 месяцев назад
Edité par VideoGuru:videoguru.page.link/Best
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 15 (B)
Просмотров 1846 месяцев назад
Edité par VideoGuru:videoguru.page.link/Best
Izaburi yo ku musi mukuru w'abamaratiri b'i Buganda
Просмотров 1,5 тыс.7 месяцев назад
Izaburi yo ku musi mukuru w'abamaratiri b'i Buganda
IZABURI YO KU MUSI MUKURU W'UMUSHAHA MWERANDA WA YEZU (B)
Просмотров 6347 месяцев назад
IZABURI YO KU MUSI MUKURU W'UMUSHAHA MWERANDA WA YEZU (B)
Izaburi yo ku musi mukuru w'isakaramentu ryeranda (B)
Просмотров 6 тыс.7 месяцев назад
Izaburi yo ku musi mukuru w'isakaramentu ryeranda (B)
IZABULI YO KU MUSI MUKURU W'UBUTATU BWERANDA (B)
Просмотров 1 тыс.7 месяцев назад
IZABULI YO KU MUSI MUKURU W'UBUTATU BWERANDA (B)
IZABULI YO KU MUSI MUKURU WA PENTIKOTI (B)
Просмотров 6958 месяцев назад
IZABULI YO KU MUSI MUKURU WA PENTIKOTI (B)
IZABULI YO KW'IDOMINIKA YA 7 YA PASIKA (B)
Просмотров 1898 месяцев назад
IZABULI YO KW'IDOMINIKA YA 7 YA PASIKA (B)
IZABULI YO KU MUSI MUKURU WA ASENSIYO (B)2
Просмотров 7788 месяцев назад
IZABULI YO KU MUSI MUKURU WA ASENSIYO (B)2
IZABULI YO KU MUSI MUKURU WA ASENSIYO (B)
Просмотров 3398 месяцев назад
IZABULI YO KU MUSI MUKURU WA ASENSIYO (B)
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 6 YA PASIKA (B)
Просмотров 6918 месяцев назад
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 6 YA PASIKA (B)
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 5 YA PASIKA, B
Просмотров 1828 месяцев назад
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 5 YA PASIKA, B
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 5 YA PASIKA, B (2)
Просмотров 2788 месяцев назад
IZABULI Y'IDOMINIKA YA 5 YA PASIKA, B (2)
IZABULI Y'IDOMINIKA YA IV YA PASIKA (B)
Просмотров 1219 месяцев назад
IZABULI Y'IDOMINIKA YA IV YA PASIKA (B)
Murakoze cane. Muzoze muradushirirako n'amashemezo turayakunda cane.umukama nabahezagire abakingire akabi kose n'abazigame abashikane mubwami bw'ijuru.
Uwumusi umukama yagize numusi wakanyamuneza aleluya
Turayoboka amazaburi muhereza
jewe zirampimbara cane nubu nguma ndazumviriza abazikoze mwubahwe
🎉❤❤❤
Amen
Amen
🎉
Amen
Nanj ndifpuza kumera nkamwe ariko sindabibon
Tera Imber mubutumwa umukama yabahay
ruclips.net/video/gmoWRvK4Isg/видео.htmlfeature=shared
🎉
Vyiza cane gwosee Cercle Saint Paul mukomere kumuheto
Umukama abahezagire
Hezagirwa!
Zaburi nziza😎
Bien
Imana ininahazwe. Izaburi zikoze neza.
Aya mazaburi akoze neza pee!! Mu majwi yose birahimbaye ntiwokwimviriza
merci du service
Vyiza cane turakengurutse kumazaburi meza
Mubandanye guhezagirwa Hama niba mycose groupe nimuyishiremwo kugira muze murazimpa
Merci
Bien
Imana igume ibahunda ingabirano zayo bavukanyi
Imana igume ibahunda ingabirano zayo bavukanyi
🙏🙏🙏🙏
Mwubahwe. Hezagirwa
Mbega vyiza wee , ese mukama wotwamizako rya jisho ryawe ryuzuye ikigongwe nimbazi
Allez de l'avant. ❤❤🎉🎉🎉
Nous félicitons vous les séminaristes, membres du Cercle saint Paul du Burundi
Muhezagirwe cane
Go ahead CSP
Murakoz Muhezagirw 🙌🏿
Ndabakengurukiye