- Видео 498
- Просмотров 69 996
Radio Igicaniro
Добавлен 5 фев 2020
Radio Igicaniro ishikiriza ibiganiro bijanye no gukundisha igihugu abayikurikira, urukundo Ishaka n’ubutwari vyamye biranga ba Sokuru. Ntizohengeshanya gutanga Ibiganiro bijanye no kugarukira Imico n’akaranga, kugira abarundi bagire imibereho myiza kandi y’agaciro ishingiye k’Ubuntu, Ubushingantahe, Ubupfasoni eka n’ibindi vyiza Abarundi bamye bagendendera vy’ingirakamaro ku gihugu cacu, maze babe Abarundi babushitse bakunda bagateza imbere igihugu cabibarutse. Mukaba mwifuza gukurikirana ijambo ryose ry’intangamarara fyonda hano: soundcloud.com/user-656342948/editorial
Message de Me Dieudonné Bashirahishize.
Campagne de la Radio Igicaniro, appelé #mardivert du 05.11.2024.
Просмотров: 24
Видео
Iyandikwa rijanye no kwitegurira amatora yimirije mu Burundi.
Просмотров 2127 часов назад
Akari ku Mutima du 04.11.2024
Uruhara rw'imico n'akaranga mu guharanira iteka n'itekane ry'igihugu.
Просмотров 2312 часов назад
Kw'Iriba du 28.10.2024
Message de Me Jeanne d'arc Zaninyana Présidente du CA du MFFPS.
Просмотров 3912 часов назад
Campagne de la Radio Igicaniro, appelé #mardivert du 29.10.2024.
Ubutumwa bwa Me Jeanne d'arc Zaninyana arongoye C.A umuhari w'abigeme n'abakenyezi ( MFFPS ).
Просмотров 5219 часов назад
29.10.2024: Uwakabiri w'icatsi kibisi #MardiVert wo gusaba ubutungane kunzirakarengane.
Message de Marie Louise Baricako, présidente du Mouvement Inamahoro.
Просмотров 8414 дней назад
Campagne de la Radio Igicaniro, appelé #Mardi vert du 23.10.2024.
Ubutumwa bwa Marie Louise Baricako arongoye Umuhari INAMAHORO
Просмотров 4814 дней назад
kuwa 23/10/2024 : Uwakabiri w’icatsi kibisi #MardiVert Wo gusaba ubutungane kunzirakarengane.
Ibiganiro bihuza abavugizi b'ubushikiranganji n'abanyagihugu.
Просмотров 1914 дней назад
Akari ku mutima du 21.10.2024
Mardi vert du 15.10.2024
Просмотров 2021 день назад
Campagne de la Radio Igicaniro,en quête de la libération des personnes injustement incarcérées et des prisonniers ayant déjà purgé leur peine appelé #Mardi vert. Message de Me Gustave NIYONZIMA président du CAVIB
Ubutumwa bwa Me Gustave NIYONZIMA arongoye CAVIB
Просмотров 3621 день назад
kuwa 15/10/2024: Uwakabiri w’icatsi kibisi #MardiVert dusaba ubutungane kunzirakarengane zose.
Ijambo rivugwa n'abakenyezi mu manza( gusaba, gusabisha).
Просмотров 3521 день назад
Kw'Iriba du 14.10.2024
Ibibazo bihanze igisata c'indero mu Burundi.
Просмотров 59121 день назад
Akari ku Mutima du 14.10.2024
Campagne de la Radio Igicaniro #Mardi vert. Message d' Armel Niyongere président de l' ACAT-BURUNDI
Просмотров 11928 дней назад
Campagne de la Radio Igicaniro #Mardi vert. Message d' Armel Niyongere président de l' ACAT-BURUNDI
Uwakabiri w’icatsi kibisi. Ubutumwa bwa Me Armel NIYONGERE Acat BURUNDI
Просмотров 7928 дней назад
Uwakabiri w’icatsi kibisi. Ubutumwa bwa Me Armel NIYONGERE Acat BURUNDI
Itangwa ry'amasoko ya reta mu Burundi.
Просмотров 66Месяц назад
Itangwa ry'amasoko ya reta mu Burundi.
Nimba imico,imigenzo n'akaranga k'abarundi bishobora gutera imbere ( Igice ca 2).
Просмотров 41Месяц назад
Nimba imico,imigenzo n'akaranga k'abarundi bishobora gutera imbere ( Igice ca 2).
Imigenzo , imico n'akaranga k'Abarundi bishobora gutera imbere.
Просмотров 82Месяц назад
Imigenzo , imico n'akaranga k'Abarundi bishobora gutera imbere.
Uko ikibazo c'igitoro cifashe mu Burundi.
Просмотров 133Месяц назад
Uko ikibazo c'igitoro cifashe mu Burundi.
Iranduka ry'imizi mfatiro ijanye n'umuganuro mu Burundi.
Просмотров 45Месяц назад
Iranduka ry'imizi mfatiro ijanye n'umuganuro mu Burundi.
Impamvu incabwenge z'Abarundi ziguma zija gukorera mu bindi bihugu.
Просмотров 92Месяц назад
Impamvu incabwenge z'Abarundi ziguma zija gukorera mu bindi bihugu.
Iranduka ry'imizi mfatiro mu mugirwa wo kubandwa.
Просмотров 462 месяца назад
Iranduka ry'imizi mfatiro mu mugirwa wo kubandwa.
Ingene amatora yo mu mwaka wa 2025 yimirije ariko aratunganywa mu Burundi.
Просмотров 1412 месяца назад
Ingene amatora yo mu mwaka wa 2025 yimirije ariko aratunganywa mu Burundi.
Nashaka KUMENYA ibintu 5 vyerekana KO umuganuro watuma haba ubumwe hagati yabatware n'abatwagwa
Nashaka KUMENYA ibintu 5 vyerekana KO umuganuro watuma haba ubumwe hagati yabatware n'abatwagwa
Nubuh bumwe bwaba hagati yabatware nabatwagw
bakora ingunga 3: 6h-14h; 14h-22h; 22h-6h
Intore atari intoragira amayugi. Turabashimiye
Mukoze gutanga umuco kibibazo bihanze uburundi
❤
Mwa koze chane
Okey jifunze zaidi historia ya bugufi yapo mambo hamyajui kabisa. Mtangazaji tafuta wajuzi wa mambo kabla ya uhuru bugufi inamfalme wake .. Mungu awabariki
Ndabashimira kur ibiganiro mudushikiriza❤
Le Premier Ministre Bamina Joseph yarakunda igihugu ciwe Vrai patriote
None se Abarundi bari barafunguye imipaka ari uko Barungitse aba bateye coup d'etat
Ase ni gute mwugara imipaka yo hasi gusa, Abarundi barababeshya mukemera 😂😂😂
Bagize neza kugara
Bakwiye kubiganira ho bakatwugururira imipaka
Mumyaka itatu yabaye se ndagara
Nkorera Ku ifoto
Nta murundi n'umwe adafise ico yiyagiriza, kuko aha mu Burundi iwacu, atari wewe ni mwenewanyu. Tumenye ko hari uko wewe wiyizi, mugabo haba n'uko abandi ba kwiyumvira.
Igikuru cofasha ibiganiro ni uko tumenya ho hari ico wiyagiriza n'ico wagirizwa.
Référendum prévu par l'article 4 de la constitution du Burundi pour le Royaume ni inné ni issu des armes où soient élus les responsables de la base au sommet par domaine d'activité
👍
Kinyange
Zenon n umubeshi mubi gose...muze muhamagare abantu bari neutre batakoze ibara nkuyo
Nimunyumvire ingene aba batama bariko barakorogana...
Aba patiri baGatorika niyo yabizanye kugeza n ubu ikibandanya
Iyo introduction irahengamye goose igahengamira kubwoko bumwe gusa ...Dr yabovuze neza ariko
kora ineza bigikunda
None ugworuhande rwagiye muricongo rwarutwuburundi mbega ruracabaho?ruracafise ubwami?
nukuri mukomeze urugendo kuko inyigisho naronse murakoze cane
Turakengurutse tubakengurukiye cane kub' ibiganiro mudushikiriza. Murakoze cane biradufasha m' ubuzima🙏🏾
Mbe ingoma zaravuzwa mwijoro?
❤❤❤
Abarūnga nabo
Ariko Interpretation zimwe zimwe sindazemera. Kuko ziva ku majambo atumvirijwe neza...
Ikiganiro ciza cane. Umwe ati turi Ibinyaganwa nka uwundi ati : umunsi abarundi baba imbwa narabona
Ndanyuzwe cane Nico kiganiro ca docteur.numva nipfuza cane kumenya nukumenyesha kahise.ukuntu kahise kacu kariko karandikwa ,Ni kuduteranya gusa .twari dukwiye kunga ubumwe tukagendera iragi ryabami bacu.
Mwarakoze cane kudusigurira vyinshi
Murakoze!
Merci bcp kuri ako kahise mutuyagiye.
Iy photo y nepo yapfuye muze muyihoze stp
Nimutubwire ukwo basaba irembo imbere yo kugenda gukwa umugeni
Lac aux oiseaux irakwiye gukora You Tube channel igashiraho ziriya mvyino zabo zose tukabasha gusubira kuzumva zose
Murakoze kutwigisha ijambo ry'ubukwe
ruclips.net/video/rbsbi7BzLTQ/видео.html
Uyo mu Shubi yasize akaranga gakomeye cane ni Kirundi co kwi stisto
Iyi radio nisawa ituyagira akahise kigihugu cacu
Uwo murwi urateye igomwe. Kandi n'umutumire avuga neza
Umuganga avura amenyo yotubwira ingene yabaye umuhinga wa kahise k'Uburundi? Mbe abasanzwe bazwi neza mubasimba gute? Mwarabatumiye baranka? Co-opting n'ingeso mbi cane.
Ikiganiro ciza cane! Ndabateye intege mukomere Radio Igicaniro!
Ndabashimiye caaane kurino Channel. Twebwe turi mumahanga biradufasha CANE kutibagirwa akaranga n'imco yacu
Doctor yarashe kw’ijambo gutuka ni Kinyankole