- Видео 47
- Просмотров 6 882
Akiwacu Magazine
США
Добавлен 6 ноя 2022
Akiwacu Magazine ni ikinyamakuru gikorera kungurukanabumenyi. Cashizweho n'umugwi w'urwaruka muntumbero yo guteza imbere akaranga n'imico inciye munkuru zandikwa zijanye n'imico,akaranga, inkino n'izindi.
Akaranga kacu niko kuvuga ico turi.
Akaranga kacu niko kuvuga ico turi.
HARATANZWE IVYIGWA KU BANONOTSI BAGENDANA UBUMUGA
Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 26 Gitugutu, gushika kw'igenekerezo rya 1 Munyonyo uno mwaka w'2024, haratunganijwe ivyigwa ku rwaruka rugendana ubumuga bwo kutabona n'ubamugaye ukuboko canke ukuguru kumwe mu nkino z'ugusiganwa hamwe n Goalball. Ivyo vyigwa vyatangiwe kukibuga citiriwe Olymapafrica benshi Bazi nka stade olympique mu Gasekebuye.
Ivyo bikaba vyateguwe n'umugwi ujejwe inkino z'abagendana ubumuga (Comite Paralympique du Burundi) , hari mu ntumbero y' umugambi w'icerekezo, kumenyekanisha no guteza imbere abanonotsi, umugambi ufashwe mu mugongo n'ubuserukizi bw'ubufaransa.
Eugene Sabayezu , asanzwe arongoye umugwi wateguye izo nkino arashimira cane vy'imva mutima ubuse...

Просмотров: 22
Видео
Nuit de comptes NCIRUMUGANI 2 : Umugani w'umugabo yakunda inda akima umugore n] abana
Просмотров 10312 часов назад
Ku ncuro ya kabiri mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 21 Gitugutu 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mu...
Nuit de comptes NCIRA UMUGANI 1: UMUGANI WA SEGIHEMBE NA BANTU UKO VYARI BIRYOSHE, ABANA BARARYOHEWE
Просмотров 7221 час назад
Ku ncuro ya mbere mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 21 Gitugutu 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mug...
Umu Rasta atwiganiye vyinshi ku mudiho wa ''Reggae'' mu Burundi.
Просмотров 19214 дней назад
Gael MANIRAMPA yakunze reggae kuva mu buto gushika aho atangura kuyiririmba. Muri iki kiganiro, aratwiganira urugendo rwiwe mu muziki n'ibindi bijanye n'umuziki wa Reggae.
#AkiwacuMusic : Inkuru imwe iyoboye muri BMI (Burundian Music Industry), ibiteramo hanze, mu Burundi
Просмотров 4421 день назад
Umviriza ikiganiro umenye ayavygwa mu muziki wacu #Akiwacu #umuzikimurundi
Esther Nish yakoze ibikor'inka mu giteramo "Umwana si uwumwe. Amakuru ya Sat B n'abandi
Просмотров 86Месяц назад
🎼 Umviriza bimwe mu vyaranze iyi ndwi dusoje muri "BMI". 👌🏾 ni muri iki kiganiro na @Jefferson Bad Ghah. #AkiwacuMagazine
Kuki abaririmvyi babonwa nabi mu kibano? Iimisi yose si ngombwa ngo ivyunguka, Simbizi wa Semavumba
Просмотров 166Месяц назад
Umva bimwe mu vyo Simbizi Wa Semavumba abona bituma umuziki ugifatwa ukutari kwo mu kibano. 🙏Aranabatumira mu giteramo c'uno musi co gufasha, Umwana si uw'umwe, kwinjira ni ku buntu mu kigobe i ruhande ya ENS uja muri EX DCA, ni muri @Centre Culturel Akiwacu isaha 12 z'umugoroba (18h).
Umva inkuru zitatu ziri kw'isonga mu muziki
Просмотров 136Месяц назад
Umva inkuru zitatu zaranze ino ndwi muri BMI Umviriza Akiwacu Music buri musi wa gatandatu wumve amakuru yaranze indwi.
Akiwacu Music : Alvella Muhimbare ku rundi rugero, Big Fizo na Sat B mu Bubiligi, ayavugwa muri BMI
Просмотров 46Месяц назад
Umviriza amakuru avugwa mu muziki wacu, Jefferson akuzaniye ijambo BMI, ino ndwi turangiije havugwa vyinshi.
Ikiganiro na Simbizi wa Semavumba kw'iterambere ry'umuziki, ibiriko bivugwa kuri Mista Champagne,..
Просмотров 350Месяц назад
Iterambere ry'umuziki Simbizi aribona gute? Ibiriko bivugwa kuri Mista Campagne, Alvin Smith n'ayandi makuru ku muziki wacu ubisanga aha. Umviriza ikiganiro kiramvuye #Akiwacumusic
Simbizi wa Semavumba ni we mutumire w'ejo muri Akiwacu Music
Просмотров 34Месяц назад
Itegure kukiganiro c'ejo na Simbizi wumve vyinshi
Double Jay yanse kuja muri clip ya Chris MB! Ngo Mista Champagne yahemukiwe n'ibinyamakuru? Ayavugwa
Просмотров 752 месяца назад
Akiwacu Music : Umviriza amakuru yaranze ino ndwi turangije mu muziki w'Uburundi,
Akiwacu Music : Muri we Love Music bimeze gute? Ayaranze indwi mu muziki
Просмотров 442 месяца назад
Amakuru yranze ino ndwi mu muziki
My story Plus : Umukobwa/Umugore aronse amahera ntibamukira ?
Просмотров 3142 месяца назад
My story plus, inkuru y'ubuzima yigisha
Akiwacu Music : We love muzika ibibazo vyatewe n'iki? igiteramo ca Kigingi n'ayandi yaranze iyi ndwi
Просмотров 632 месяца назад
Kurikirana Akiwacu Music wumve ibibazo biri muri We love muzik aho biazanana, uko Kigingi avuga inyuma ya Kigingi Summer Comedy, Ibishasha kuri Sat na Lolilo n'ayandi yaranze ino ndwi
Protection de la biodiversité Les jeunes doivent faire partie du plan de protection
Просмотров 185 месяцев назад
Protection de la biodiversité Les jeunes doivent faire partie du plan de protection
Bizis Best rapper umwami w'urudome I Yiyemeje gufata hip hop muntoke
Просмотров 1587 месяцев назад
Bizis Best rapper umwami w'urudome I Yiyemeje gufata hip hop muntoke
GoalBal, urukino rushasha mu Burundi kubagendana ubumuga bwo kubona
Просмотров 228 месяцев назад
GoalBal, urukino rushasha mu Burundi kubagendana ubumuga bwo kubona
Umuganuro : Uko Bihome yitangiye umwami Mwezi Gisabo mubihe bigoye
Просмотров 313Год назад
Umuganuro : Uko Bihome yitangiye umwami Mwezi Gisabo mubihe bigoye
Ikiganiro kubamenyeshamakuru : Big Fizzo yishura kubibazo bijanye na Festival de l'indépendance
Просмотров 36Год назад
Ikiganiro kubamenyeshamakuru : Big Fizzo yishura kubibazo bijanye na Festival de l'indépendance
Big Fizzo: Biracagoye kwikukira mumuziki w'Uburundi
Просмотров 20Год назад
Big Fizzo: Biracagoye kwikukira mumuziki w'Uburundi
SatB mugiteramo ca Bantu Bwoy, habuze iki ngo aze? Big Fizzo ati twaravuganye ariko ikibazo kiri he?
Просмотров 33Год назад
SatB mugiteramo ca Bantu Bwoy, habuze iki ngo aze? Big Fizzo ati twaravuganye ariko ikibazo kiri he?
Akiwacu Music : Impano itangaje ni wamara ino vidéo : Uko aba bahungu babiri baririmba n'igitari
Просмотров 83Год назад
Akiwacu Music : Impano itangaje ni wamara ino vidéo : Uko aba bahungu babiri baririmba n'igitari
#akiwacu MUsic : Uburundi bufise impano zitazwi: yitwa MIZZOB uko aririmba uratangara
Просмотров 44Год назад
#akiwacu MUsic : Uburundi bufise impano zitazwi: yitwa MIZZOB uko aririmba uratangara
Akiwacu Music : Amakuru ya Sat B Drama T, B'Face, n'abandi. Ibiteramo n'indirimbo ino ndwi
Просмотров 371Год назад
Akiwacu Music : Amakuru ya Sat B Drama T, B'Face, n'abandi. Ibiteramo n'indirimbo ino ndwi
#Umuganuro : Insiguro y'amazina y'amezi mu kirundi
Просмотров 261Год назад
#Umuganuro : Insiguro y'amazina y'amezi mu kirundi
Akiwacu Music : ayavugwa mumuziki, ayavygwa kuri Double Jay n'abandi
Просмотров 55Год назад
Akiwacu Music : ayavugwa mumuziki, ayavygwa kuri Double Jay n'abandi
Inkino na Akiwacu : Amakuru ya Primus League, Bumamauru na Flambeau , Real Madrid, Barca, n'ayandi
Просмотров 48Год назад
Inkino na Akiwacu : Amakuru ya Primus League, Bumamauru na Flambeau , Real Madrid, Barca, n'ayandi
Akiwacu Music : CNC yarahagaritse indirimbo, n'izindi ziri inyuma. Amakuru yaranze indwi mumuziki
Просмотров 84Год назад
Akiwacu Music : CNC yarahagaritse indirimbo, n'izindi ziri inyuma. Amakuru yaranze indwi mumuziki
Courage bana biburundi
Vyiza cane gusigasira imigenzo yigihugu cacu mwubahwe
Vyiza cane gusigasira imigenzo yigihugu cacu mwubahwe
🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤Turinyumayawe natwe tuzogushigikira
Step by step gee❤
Blessings
Waaaaaooh bishasha nkivyo tuba dukeneye
🎉🎉🎉❤
Courage vraima
Courage cn
Courage bcp
🙌🏽🙌🏽
Ubikora neza bro
Thx saana big man...👊
N🎉🎉🎉🎉❤
🎉❤
❤🎉n good
🎉🎉🎉❤❤❤
Hejuru cane urashoboye🎉🎉🎉
Jefferson
❤❤🎉
Nice g
Guma udutamwo maze ,👊👊❤️❤️
terimbere
Courage
Courage belacca❤
so sad that I come to watch it lately Anyways keep moving forward ❤
❤🔥
👊❤❤❤
❤❤💪
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 you🎉🎉
Big Up 💪
Big Up 💪
❤❤❤🇧🇮
Kuva kera warihe ?🎉🎉
❤
👊🇧🇮
Five one five gee❤
❤
Happy siyingi yu ageni😂
❤❤❤🇧🇮🔥 Big up sana les amis!
Big up xan my gee , long time kbx Uj enforme
Courage The Horse 🐎urashoboye✌️✌️✌️
Murabizi kabixa uwubemer saan ampe like twibandanirize 🎉🎉🎉🎉
🔥🔥🔥💪
hit
❤
Terimbere dii bro❤
Aka the Horse 🐎🎧
So talented 🎧🎙️
Bizoza bkbk
fizzo king 👑