- Видео 359
- Просмотров 53 954
Agaseke bi TV
США
Добавлен 29 май 2021
Agaseke bi TV quality is our priority
Ibisata vyo mu bushikiranganji butandukanye ataco biramarira abenegihugu tuzobifuta"
Umukuru w’igihugu ati:"Ibisata vyo mu bushikiranganji butandukanye bihawe iminsi ijana(100) yo kwerekana ivyo bakoreye abenegihugu. Igisata ataco gishoboye kwerekana kizoca gifutwa." Aho hari mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru hamwe n’abenegihugu kuri uno wagatanu 27/12/2024 mu gisagara ca Bujumbura.
FOLLOW AGASEKE BI TV ON:
Twitter : home?lang=fr
Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
FOLLOW AGASEKE BI TV ON:
Twitter : home?lang=fr
Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
Просмотров: 15
Видео
Indwi yahariwe gukinga no gutegekaniriza kazoza
Просмотров 528 дней назад
Dr Edouard Nkurunziza nawe arongoye urunani mpuzamashirahamwe yo kuvuzanya #PAMUSAB arasimira leta ko yama itunganya Indwi yahariwe gukinga no gutegekaniriza kazoza ibicishije mu bushiiranganji bwayo muvyo bujejejwe harimwo gushigikirana. Arongera akamenyesha ko ikiganiro caranze urwo ruganda ari ingene umunyagihugu wese woshikirwa n'umugambi wo gukinga no gutegekaniriza kazoza biciye mu mashir...
Umviriza Ibintu vyotuma wimenya uwo uri
Просмотров 19Месяц назад
Acher Niyonizigiye aserukira imbere y'amategeko ishirahamwe #GreenLand Alliance ati hariho abagenzi mukwiye kubonana kuri bonane gusa FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
Ng'ibi ibintu 3 bizokwereka indoto yawe
Просмотров 115Месяц назад
Kurikirana Acher NIYONIZIGIYE aserukira imbere y'amategeko ishirahamwe #Greenland Alliance atwiganira ingene indoto uyimenya FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
Ishirahamwe Greenland alliance yahimbaje imyaka cumi iri ku kivi.
Просмотров 9Месяц назад
Greenland alliance yahimbaje imyaka cumi imaze iriko irakora ibikorwa vyo gutezimbere abenegihugu babicishije mu mu kubaha inyigisho z’uburongozi busuku hamwe no kwigisha abakenyezi n’urwaruka kwitunganiriza imigambi y’iterambere bakoresheje uburyo buke basanzwe bafise. FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
Twipfuza ko Umurundi wese yokoresha #Cashtel kuko ariho ivyiza biri
Просмотров 14Месяц назад
Cashtel yaje kugira yorohereze abanywanyi n'abayitura bose canecane kugira ngo umufuko wose uronke amafranga FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
L’ASBL Greenland Alliance célèbre ses 10 ans de service
Просмотров 28Месяц назад
L’ASBL Greenland Alliance célèbre ses 10 ans de service sous le thème :"Le leadership serviteur, fondement de paix, et de développement durable" FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
CASHTEL ni igisata c'uguhanahana amafaranga biciye muri telephone
Просмотров 972 месяца назад
Cashtel irakorana nama banki hamwe nama microfinance muguhuza ama konte FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
Uburongozi busuku: Inyigisho zatanzwe n'ishirahamwe Greenland Alliance mu ntara ya Ruyigi
Просмотров 242 месяца назад
Kurikirana intahe z'abaserukiye abandi mu nyigisho z'uburongozi busuku mu ntara ya Ruyigi aho zatanzwe n'ishirahamwe Greenland Alliance FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
Abo vyari vyarankiye ubu vyarakunze kubera ishirahamwe Greenland Alliance ryabafashije
Просмотров 112 месяца назад
Kurikirana ingene abahurikiye mw'ishirahamwe #Greenland Alliance riharanira igihugu giteye imbere muvy'ubutunzi no mu kibano ryafashije abakenyezi batandukanye bo mu micungararo y'igisagara ca Bujumbura FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
#Tuyabungabunge: “Tugire urunani tugwanye indwara ya Cancer.”
Просмотров 132 месяца назад
Ivyo navyo twobikora gute? Mu kumenya ingene iyo ndwara imeze, ikiyitera, n’ ingene umuntu yo yikingira. Twumvirize umuganga Sylvestre Kabura, yanonosoye kubaga ibivyimba vyo munda. FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
#Bategabiri_wungurubwenge:EMSI, Company ibica bigacika mu ntara ya Muyinga
Просмотров 2042 месяца назад
#Bategabiri_wungurubwenge: EMSI "Electro Multi-Services Innovation",Company ifise imprimerie yakaga ibica bigacika mu ntara ya Muyinga Tugomba twungugwe ubwenge na Gilbert NTAKARUTIMANA, yashinze company EMSI "Electro Multi-Services Innovation"i Muyinga atuyagire urwego agezeko,ivyo ahingura, eka acire agace abaza kumukurikirana. FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebo...
#Greenland_alliance:" Leadership serviteur, élément clé dans la participation citoyenne"
Просмотров 262 месяца назад
Greenland Alliance joue un rôle crucial dans la sensibilisation et l’éducation de la population Burundaise. Elle organise des campagnes de sensibilisation, des formations, des conférences et des événements pour informer et mobiliser la population sur des enjeux importants. Augustin Niyongabo, coordinateur National de #Greenland_alliance nous dévoile le secret. FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter :...
#Ndeka_tubane :"Abagendana ubumuga nabo barashoboye!"
Просмотров 152 месяца назад
#Ndeka_tubane :"Abagendana ubumuga nabo barashoboye!": Harerimana Joselyne arongoye Ishirahamwe riharanira agateka k’abakenyezi bagendana ubumuga. FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter : home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?ref=pages_you_manage
#Bategabiri_wungurubwenge: "Ecole Universelle des collections des sciences: EUCOS"
Просмотров 822 месяца назад
Muri Quartiye ya Nyakabiga,ibarabara ryitiriwe Avenue de l’imprimerie, numéro 65 tuhasanga ishure ry’akarorero ryitwa "Ecole Universelle des collections des sciences: EUCOS". Tugomba kuribereka muri #Bategabiri_wungurubwenge y’uno munsi kugire ntimusigwe n’amajambere afatiye ku bumenyi bw’abana banyu. FOLLOW AGASEKE BI TV ON: Twitter: home?lang=fr Facebook: Agasekebi/?r...
Imbere yo kuja guhiganwa; wa mukinyi, IRAKOZE Aury David yafashwe mu mugongo na AGICO
Просмотров 903 месяца назад
Imbere yo kuja guhiganwa; wa mukinyi, IRAKOZE Aury David yafashwe mu mugongo na AGICO
#Soma_Usubire: Slam "Le Jour de ma mort" de Kant le penseur
Просмотров 634 месяца назад
#Soma_Usubire: Slam "Le Jour de ma mort" de Kant le penseur
#Bategabiri_wungurubwenge : Abana (-18ans) baba bacumuye, ivyabo imbere y’amategeko vyifashe gute?
Просмотров 915 месяцев назад
#Bategabiri_wungurubwenge : Abana (-18ans) baba bacumuye, ivyabo imbere y’amategeko vyifashe gute?
#Tuyabungabunge: Agateka k’abagwayi. Mbega n’ibihe barekuriwe iyo bituye ku ma vuriro?
Просмотров 385 месяцев назад
#Tuyabungabunge: Agateka k’abagwayi. Mbega n’ibihe barekuriwe iyo bituye ku ma vuriro?
#Volleyball: AbaU20(Abahungu)bagiye guserukira igihugu muri Tunisie mu nkino za CAN
Просмотров 385 месяцев назад
#Volleyball: AbaU20(Abahungu)bagiye guserukira igihugu muri Tunisie mu nkino za CAN
#Bategabiri _wungurubwenge : Uburimyi bw’ikizinu.
Просмотров 1145 месяцев назад
#Bategabiri _wungurubwenge : Uburimyi bw’ikizinu.
"Motivation d’accueil des familles tutrices des orphelins bénéficiaires d’une aide humanitaire"
Просмотров 145 месяцев назад
"Motivation d’accueil des familles tutrices des orphelins bénéficiaires d’une aide humanitaire"
#Bategabiri _wungurubwenge : Aba Miss together for life globe batowe muri uwu mwaka wa 2024
Просмотров 1335 месяцев назад
#Bategabiri _wungurubwenge : Aba Miss together for life globe batowe muri uwu mwaka wa 2024
CDE Great Lakes yatunganije uruganda ku banyeshure bo muri UB kugire baganire kuri ZLECAF
Просмотров 115 месяцев назад
CDE Great Lakes yatunganije uruganda ku banyeshure bo muri UB kugire baganire kuri ZLECAF
JOYGROUP:Sezera za nyubako canke gushinga amahinguriro mu nyuma ukabwirwa ko bibangamira ibidukikije
Просмотров 95 месяцев назад
JOYGROUP:Sezera za nyubako canke gushinga amahinguriro mu nyuma ukabwirwa ko bibangamira ibidukikije
"Abantu barategura ariko Imana nayo igategura ivyayo kandi vyose vyama ari vyiza."
Просмотров 266 месяцев назад
"Abantu barategura ariko Imana nayo igategura ivyayo kandi vyose vyama ari vyiza."
Ukwu nikwo abantu bakize indwara mu gikorane cabereye kwa Sebatutsi
Просмотров 306 месяцев назад
Ukwu nikwo abantu bakize indwara mu gikorane cabereye kwa Sebatutsi
Mwimbaji Boniface Jakson Mwaitege amesema: Niwambie watanzania kwamba Burundi ni mahali pazuri sana
Просмотров 936 месяцев назад
Mwimbaji Boniface Jakson Mwaitege amesema: Niwambie watanzania kwamba Burundi ni mahali pazuri sana
Urugendo rutanguza igikorane c'ubutumwa bwiza n' ibitangaza kiza gutangura uno munsi kwa Sebatutsi
Просмотров 446 месяцев назад
Urugendo rutanguza igikorane c'ubutumwa bwiza n' ibitangaza kiza gutangura uno munsi kwa Sebatutsi
#Batege abiri wungure ubwenge:Ihingiriro rihingura ibiyo, Abarundi twese dukunde ibikorewe i Burundi
Просмотров 1136 месяцев назад
#Batege abiri wungure ubwenge:Ihingiriro rihingura ibiyo, Abarundi twese dukunde ibikorewe i Burundi