- Видео 43
- Просмотров 516 136
TWIGISHANYE TV
Сенегал
Добавлен 9 янв 2023
Mwibuka gufyonda s'abonner, j'aime, kuga kengeri, mugire partager kugira mubimenyeshe abandi, mugire na commentaires.
Iyi chaîne icako inyigisho zijanye n'ukwemera kwacu nk'aba kristu, indirimbo za Ekleziya Katorika n'ibindi bikorwa bitandukanye bijanye n'ukwemera kwa Ekleziya Katorika.
Cette chaîne présente des chansons, des évènements et des enseignements de l'église catholique dans les différentes langues, le Kirundi en particulier et tout autre chose en rapport avec l'Eglise Catholique

INDIRIMBO ZA NOEL, IGICE CA KABIRI
Uru ni urukurikirane rw'indirimbo za Noel mu rurimi rw'ikirundi@twigishanyetv
Просмотров: 37 592
Видео
INDIRIMBO ZA NOEL
Просмотров 129 тыс.Год назад
Izi ni indirimbo zitandukanye za Noheli z'ikirundi@twigishanyetv
AMASAKRAMENTARE N'AMASAKRAMENTU MURI LITURUGIYA YA EKLEZIYA CATHOLIKA
Просмотров 149Год назад
Iyi nyigisho yateguwe yongera ishikirizwa na Patiri Venuste NIYONTORE@twigishanyetv
INKOMOKO Y'AMADINI2(AMADI NTANGANA NAHO AKOMOKA KUVYO BASOMA MW'IJAMBO RY'IMANA), IGICE CA KABIRI
Просмотров 169Год назад
Iyi nyigisho yateguwe yongera ishikirizwa na Patiri Lucien NIYONZIMA @twigishanyetv
INKOMOKO Y'AMADINI(AMADI NTANGANA NAHO AKOMOKA KUVYO BASOMA MW'IJAMBO RY'IMANA), IGICE CA MBERE
Просмотров 135Год назад
Iyi nyigisho yateguwe yongera ishikirizwa na Patiri Lucien NIYONZIMA@twigishanyetv
TWOCAGURA GUTE IVYAMBARWA BIBEREYE
Просмотров 150Год назад
Izi nyigisho zateguwe zongera zishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA, Diocese ya MUYINGA@twigishanyetv
INYIGISHO Y'EKLEZIYA KU NYAMBARO IBEREYE, IGICE CA 2
Просмотров 56Год назад
Iki kiganira categuwe congera gishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA, diocese ya MUYINGA@twigishanyetv
INYIGISHO Y'EKLEZIYA KU NYAMBARO IBEREYE, igice ca mbere
Просмотров 488Год назад
Iyi nyigisho yateguwe yongera ishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA wo muri Diocese ya MUYINGA@twigishanyetv
ITEKA N'IBANGA RY'UMUKENYEZI MU MUGAMBI W'IMANA
Просмотров 127Год назад
Izi nyigisho zateguwe zongera zishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA wo muri DIOCESE ya MUYINGA @twigishanyetv
UMUTI URAMA KU MABI AKORERWA ABAKENYEZI, Igice ca mbere
Просмотров 77Год назад
Izi nyigisho zateguwe zongera zishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA wo muri DIOCESE ya MUYINGA @twigishanyetv
INTAHE KU NYAMBARO IBEREYE
Просмотров 84Год назад
Izi nyigisho zateguwe zongera zishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA wo muri DIOCESE ya MUYINGA @twigishanyetv
IKIGANIRO C'INYIGISHO NKOMEZAKWEMERA: UKWEZI KWA 5 KWAHARIWE UMUVYEYI BIKIRA MARIYA
Просмотров 117Год назад
Iki kiganiro kikaba caciye kuri Radio Mariya Burundi, umutumire akaba yari Sr Jeanne NTABWIRIZA akora ubutumwa mu biro bijejwe inyigisho nkomezakwemera n'amasaba Mana muri Diocese Nkuru ya BUJUMBURA @twigishanyetv
Igice ca3: INYISHU KU BIBAZO VYABAJIJWE KU NYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA KRISTU
Просмотров 100Год назад
Izi nyigisho zateguwe zongera zishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA wo muri DIOCESE ya MUYINGA @twigishanyetv
Igice ca2: INYISHU KU BIBAZO VYABAJIJWE KU NYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA KRISTU
Просмотров 207Год назад
Izi nyigisho zateguwe zongera zishikirizwa na Patiri Venant HABARUGIRA wo muri DIOCESE ya MUYINGA @twigishanyetv
Igice ca1: INYISHU KU BIBAZO VYABAJIJWE KU NYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA KRISTU
Просмотров 234Год назад
Igice ca1: INYISHU KU BIBAZO VYABAJIJWE KU NYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA KRISTU
Ikiganiro ca Liturgiya: URUHARA RWA BIKIRA MARIYA MURI LITURUGIYE ya Ekleziya Katorika
Просмотров 361Год назад
Ikiganiro ca Liturgiya: URUHARA RWA BIKIRA MARIYA MURI LITURUGIYE ya Ekleziya Katorika
Igice ca3: Zimwe mu ndirimbo zo mu giteramo(Concert) ca Pasika kuri Paroisse Christ-Roi-Kayanza.
Просмотров 290Год назад
Igice ca3: Zimwe mu ndirimbo zo mu giteramo(Concert) ca Pasika kuri Paroisse Christ-Roi-Kayanza.
Igice ca2: Raba bimwe muvyaranze igiteramo(CONCERT) citiriwe Pasika muri PAROISSE CHRIST ROI-KAYANZA
Просмотров 140Год назад
Igice ca2: Raba bimwe muvyaranze igiteramo(CONCERT) citiriwe Pasika muri PAROISSE CHRIST ROI-KAYANZA
Igice ca1: Raba bimwe muvyaranze igiteramo(CONCERT) citiriwe Pasika muri PAROISSE CHRIST ROI-KAYANZA
Просмотров 240Год назад
Igice ca1: Raba bimwe muvyaranze igiteramo(CONCERT) citiriwe Pasika muri PAROISSE CHRIST ROI-KAYANZA
INYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA YEZU KRISTU, igice ca gatatu: Inyigisho twokuramwo
Просмотров 213Год назад
INYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA YEZU KRISTU, igice ca gatatu: Inyigisho twokuramwo
INYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA YEZU KRISTU, Igice ca kabiri: Inyambaro muri Bibliya
Просмотров 239Год назад
INYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA YEZU KRISTU, Igice ca kabiri: Inyambaro muri Bibliya
INYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA YEZU KRISTU, Igice ca mbere: Ivyambarwa mu muco w'Ikirundi
Просмотров 1 тыс.Год назад
INYAMBARO IBEREYE ABACUNGUWE N'AMARASO YA YEZU KRISTU, Igice ca mbere: Ivyambarwa mu muco w'Ikirundi
Urukurikirane rw'indirimbo zisingiza Umuvyeyi BIKIRA MARIYA, igice ca kabiri
Просмотров 1 тыс.Год назад
Urukurikirane rw'indirimbo zisingiza Umuvyeyi BIKIRA MARIYA, igice ca kabiri
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA 2
Просмотров 28 тыс.Год назад
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA 2
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA MBERE
Просмотров 165 тыс.Год назад
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA MBERE
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO ZA PASIKA, IGICE CA KABIRI
Просмотров 22 тыс.Год назад
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO ZA PASIKA, IGICE CA KABIRI
URUTONDE RW'INDIRIMBO ZA PASIKA / CHANTS PASCALS
Просмотров 87 тыс.Год назад
URUTONDE RW'INDIRIMBO ZA PASIKA / CHANTS PASCALS
Urukurikirane rw'indirimbo za PASIKA, Chansons de Pâques
Просмотров 11 тыс.Год назад
Urukurikirane rw'indirimbo za PASIKA, Chansons de Pâques
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndaryohew cane naho ngway
❤❤🎉🎉🎉
❤
Tumechukuru san iziwimbo nizuri san zinadukumbutsa iciyetu nkasisi tuko gutafuta mbari yanyumbani
Asante sana Kwa nyimbo nzuri za noel
murakoze caaane kbx
Noël nziza mwese mwese akana yezu katuvukiye
Imana ibahe umugisha
Nezerwa na Noël
Yezu Yezu Yezu atanga neza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤
😢izindirimbo ziraryoshe cane muhezagirwe cane
Gloria gloria🎉 akana yezu kavutse
Amina !!imyeteguro niyose🎉
Dusukure imitima yacu
🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Amen amen
❤❤Amen turaryohewe cane
Murakoze cane
Amen 🎉❤
Amen noël nziz mwes
❤
Murakoze kuziturosa hakirikare
coral yaririmvy izondirimbo yubahwe indirimbo ziryosh cane 🙏🙏🙏
Amen
Izo ndirimbo ni Sawa!
Nice
Bavandimwe bange nabakunda cyane.
Guma mudutamwo nizindi basha
abo dusangiye izina umutagatifu noella mbahaye success 🍊🍍🍌🍋🥮🍜🥯🍞🎁💝❤️👗👖🥻🧥👍👍👍ndabakunda
Amina,noheli nziza kuri twese
Muzagire noheli nziza🥮🍜🥯🍞🍋🍌🍍🍊🔪 kd mbifurije umwaka mushya muhire🚘🚗👗👔🧥👖2025👍👍👍👍👍
Vyiza cane
Amen🙏🙏🙏🙏🙏
Mutima mweranda abankomereje mudufashije vyinshi nabaremewe bararemuruka
❤ nanje izindirimbo zirashika kumutima
Murakoze kuri izi ndirimbo nziza cane.
Amina Amina Amina
Thx
Izindirimbo zanyu zanryoheye umukama abandanye abakomeza kungabirano yabahaye
This is one reminds me Christmas of all seasons
🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
Muhezagirwe ariko mwoshobora kuzitwandikira please
Louange à toi seigneur Jésus
Mercie à SEGNEUR
Izo ndirimbo zanyu ziranezeza cane imana ibampere umugisha 🙏🙏🙏
Il est à louer notre Sgr et Sauveur. Merci du partager.
Urukundo rw'Imana nirushemezwe !
Louange à Dieu
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😢😢😢❤❤❤
Amenn imana ibahezagire❤❤❤
❤
❤