- Видео 141
- Просмотров 323 172
@ Félix Manirakiza
Южно-Африканская Республика
Добавлен 19 окт 2022
Réception, Messe des prémices du 19/08/2023. A. Félix Manirakiza
Réception, Messe des prémices du 19/08/2023. A. Félix Manirakiza
Просмотров: 1 573
Видео
Uyumusi Umukama yatuvukiye, Niwe Kristu Mukiza. Izaburi 96 yomwijoro rya Noheri.
Просмотров 701Год назад
Uyumusi Umukama yatuvukiye, Niwe Kristu Mukiza. Izaburi 96 yomwijoro rya Noheri.
Urukundo rwawe Mukama ndaruririmba ubudahengeshanya. Izaburi y'Idominika ya 4 y'ubushikiro Umwaka B
Просмотров 641Год назад
Urukundo rwawe Mukama ndaruririmba ubudahengeshanya. Izaburi y'Idominika ya 4 y'ubushikiro Umwaka B
Umutima wanje uraninahaza Imana. kwidominika ya 3 y'ubushikiro Umwaka B
Просмотров 2,4 тыс.Год назад
Umutima wanje uraninahaza Imana. kwidominika ya 3 y'ubushikiro Umwaka B
Mukama twereke urukundo udufitiye. Izaburi ya 85 yokwidominika ya 2 y'ubushikiro Umwaka B
Просмотров 704Год назад
Mukama twereke urukundo udufitiye. Izaburi ya 85 yokwidominika ya 2 y'ubushikiro Umwaka B
Tugarure Mukama tugaranzurireko inyonga zawe. Izaburi yokw'Idominika ya 1 y'Ubushikiro Umwaka B
Просмотров 1,5 тыс.Год назад
Tugarure Mukama tugaranzurireko inyonga zawe. Izaburi yokw'Idominika ya 1 y'Ubushikiro Umwaka B
Reka nkutambire we Mana Data , nkutazire urabikwiye.@ (Cover)
Просмотров 17 тыс.Год назад
Reka nkutambire we Mana Data , nkutazire urabikwiye.@ (Cover)
Inkuru nziza irakwiye isi yose. Izaburi ya 18 yokwidominika yahariwe kumenyesha Inkuru nziza
Просмотров 654Год назад
Inkuru nziza irakwiye isi yose. Izaburi ya 18 yokwidominika yahariwe kumenyesha Inkuru nziza
Iyomana Ndayishemeze Ndayiyage. (Chorale de Kigali)
Просмотров 3,9 тыс.Год назад
Iyomana Ndayishemeze Ndayiyage. (Chorale de Kigali)
Ingo tumukeze, ingo tumuyage arabikwiye
Просмотров 3,1 тыс.Год назад
Ingo tumukeze, ingo tumuyage arabikwiye
Umve Baramuyaga sinzomuheba. Umve Baramuyaga
Просмотров 1,2 тыс.Год назад
Umve Baramuyaga sinzomuheba. Umve Baramuyaga
Yezu wankunze. Kumusalaba niho wampereye agafoto k'Urukundo
Просмотров 583Год назад
Yezu wankunze. Kumusalaba niho wampereye agafoto k'Urukundo
Himbazimana Mushaha wanje.... Alléluia X 4
Просмотров 437Год назад
Himbazimana Mushaha wanje.... Alléluia X 4
Shemeza Umukama kuko arimwiza Egome Ubuntu bwiwe bwamaho imyaka nimyaka.
Просмотров 551Год назад
Shemeza Umukama kuko arimwiza Egome Ubuntu bwiwe bwamaho imyaka nimyaka.
Shemeza Umukama mumuhayagize ni Serukundo
Просмотров 293Год назад
Shemeza Umukama mumuhayagize ni Serukundo
Ganza Sabwa Mukama Ganza Usabwe Nyeningoma Ganza.
Просмотров 1,7 тыс.Год назад
Ganza Sabwa Mukama Ganza Usabwe Nyeningoma Ganza.
Mwa Bamalayika b'Imana nimushimagize Umukama. Niwe akwiye kuninahazwa Imyaka n'imyaka
Просмотров 1,1 тыс.Год назад
Mwa Bamalayika b'Imana nimushimagize Umukama. Niwe akwiye kuninahazwa Imyaka n'imyaka
Shemeza Umukama, Shemeza Imana itanga idatora uwo itera iteka. Chorale saint Dominique
Просмотров 5 тыс.Год назад
Shemeza Umukama, Shemeza Imana itanga idatora uwo itera iteka. Chorale saint Dominique
Nguyo Umuryango wabarondera Inyonga zawe Mukama. Izaburi ya 24 yo Kumusi Mukuru w'Aberanda Bose
Просмотров 6 тыс.Год назад
Nguyo Umuryango wabarondera Inyonga zawe Mukama. Izaburi ya 24 yo Kumusi Mukuru w'Aberanda Bose
Umukama niwe Mwungere wanje. Izaburi ya 23 yokwidominika ya 34 Umwaka A.Umusi Mukuru wa Kristu Mwami
Просмотров 1,7 тыс.Год назад
Umukama niwe Mwungere wanje. Izaburi ya 23 yokwidominika ya 34 Umwaka A.Umusi Mukuru wa Kristu Mwami
Hahiriwe Umuntu wese yubaha Umukama. Izaburi ya 128 yokwidominika ya 33 Umwaka A
Просмотров 1,8 тыс.Год назад
Hahiriwe Umuntu wese yubaha Umukama. Izaburi ya 128 yokwidominika ya 33 Umwaka A
Umutima wanje Urakunyotewe Mukama Mana mfise. Izaburi ya 63 yokwidominika ya 32 Umwaka A
Просмотров 3,1 тыс.Год назад
Umutima wanje Urakunyotewe Mukama Mana mfise. Izaburi ya 63 yokwidominika ya 32 Umwaka A
Nzigamira Umutima mumutekano hafi yawe Mukama. Izaburi ya 131 yokwidominika ya 31 Umwaka A
Просмотров 2,5 тыс.Год назад
Nzigamira Umutima mumutekano hafi yawe Mukama. Izaburi ya 131 yokwidominika ya 31 Umwaka A
Ndagukunda Mukama wewe Bukomezi bwanje. Izaburi ya 18 yokwidominika ya 30 Umwaka A
Просмотров 2,5 тыс.Год назад
Ndagukunda Mukama wewe Bukomezi bwanje. Izaburi ya 18 yokwidominika ya 30 Umwaka A
Hereza Umukama, Hereza Imana yacu ikaze n'iteka. Izaburi ya 96 yokwidominika ya 29 Umwaka A
Просмотров 5 тыс.Год назад
Hereza Umukama, Hereza Imana yacu ikaze n'iteka. Izaburi ya 96 yokwidominika ya 29 Umwaka A
Nzoba Mungoro y'Umukama imisi yose y'Ubuzima bwanje. Izaburi ya 23 yokwidominika ya 28 Umwaka A
Просмотров 3 тыс.Год назад
Nzoba Mungoro y'Umukama imisi yose y'Ubuzima bwanje. Izaburi ya 23 yokwidominika ya 28 Umwaka A
Umuryango w'Israeli niwo wamurima w'Umukama. Izaburi ya 80 Yokwidominika ya 27 Umwaka A
Просмотров 888Год назад
Umuryango w'Israeli niwo wamurima w'Umukama. Izaburi ya 80 Yokwidominika ya 27 Umwaka A
❤
Iyizaburi irampezagir
🎉🎉🎉
❤❤❤ahuri hose ugume uninahaza umukama.
Iy'umukama ataba kumwe natwe, igihe abantu baduhagurukira , bari kuturya babisi kubera ishavu bari badufiye. Umutima wacu wabavuye muvyara nkukw'inyoni iva mumutego wabatezi
Vyukur urkiza ruva kumukama
J' aime beaucoup
Urambera umutabazi we mawe mwiza Mariya ❤❤❤ c'est dans la mémoire de mon père bien aimé qui partait sur cette terre ,maman Marie apporte lui au paradis où tu es🙏🙏
Reka nkutambire mana uri rudasumbwa
❤❤❤❤
Umukama ahibazwe cn❤❤❤be blessed my brother
Mutima Mweranda akuronse ubwenge bwo guhimbaza Imâna mu ndirimbo mpimbazamana kuko ziratwubaka
Ndahimbarwa
Iyi ndirimbo irampezagira pe
🙏🙏🙏🙏🙏
Ndimukanyamuneza kubwanyu Imanibahezagire
Abagakunda nkanje mumpe like!!
Tugirire ikigongwe Mukama
Nitwa Hakizimana Raphael,mba I Gitega,paroisse Mushasha iyo nashize kumunsi wa mbere ,maze igaherekeza ishapule yuwo munsi
Amen amen
Mukama niww udukiza
Umukama yaba hafi tabamusaba
Yezu aradukundaaaaa
Shimagizwa mukama
Tuvuge alleluya yezu yazutse
Christu n muzima
Ntakir mumva kristu
Imana ininahazwe mwijuru
Nugukengurukira umukama
Imana ikwakire mubuninahazwa bwayo
Byiiizaaaa
🙏🇧🇮🎺🎹
Imana imwakire mubwami bwayo👏👏
🎺🎹🙏🇧🇮🙏
🙏🏥
Félicitation mon abée
Dusabire tuzoshike amahoro natwe
❤🙏🙏🙏
Amen
Amen
Indirimbo zirampezagiye Mwarakoze cane Imana ibakomeze mushishikare kuyimenyesha abandi
Iyizaburindayikundacan
Mwompa iyo ndirimbo?
Ingabirano mwaronkejwe n'Uhoraho muwusabire ibibondo vyacu.
Niwigire mugenzi wanje
Amen
Père je ne t'oublierai jamais. Iruhukire amahoro.
ukuri kwose
None jeho nosubiza iki umukama kuvyiza vyose yangiriye!!!
Umukama aninahazwe imyaka yose
R I P ,niwigire amahoro mugenzi,uritwari
nkuko zabuli ibivuga,nawe ukabishimangira,uti sinzopfa nzoguma ndi muzima kugira menyeshe ibikorwa vy´Umukama.naho tutakikubona n´amaso yacu turakubonesha amaso y´umutima kubera ivyo bikorwa nyene wamenyesheje
Ubandanye udusabira natwe tuzogusange ahuri
Mon frère,isengesho ryawe ryaruviwe naho twebwe umuryango n'abagenzi vyadusigiy'igikomere mumitima. Uruhuke amahoro