EAC LIVE SHOW 1
EAC LIVE SHOW 1
  • Видео 32
  • Просмотров 1 726

Видео

UPRONA,CNL,PIT,UPD,CEDES-SANGIRA MU BIRORI VYA RADDES//UREKA GUTORA NTUREKA GUTWARWA:GASTON SINDIMWO
Просмотров 22 часа назад
UPRONA,CNL,PIT,UPD,CEDES-SANGIRA MU BIRORI VYA RADDES//UREKA GUTORA NTUREKA GUTWARWA:GASTON SINDIMWO
TURITEGURIYE AMATORA YOSE YA 2025 //TUZOKWIJUKIRA CANE IGISATA C'AMAGARA Y'ABANTU//DR SUDI NDIKUMANA
Просмотров 22 часа назад
TURITEGURIYE AMATORA YOSE YA 2025 //TUZOKWIJUKIRA CANE IGISATA C'AMAGARA Y'ABANTU//DR SUDI NDIKUMANA
IMYAKA 32 YA RADDES-ABAGENDERANGINGO //WABAYE UWUGIRA 3 WEMEREWE // ATHANASE NDAYISHEMEZA ICEGERA
Просмотров 62 часа назад
IMYAKA 32 YA RADDES-ABAGENDERANGINGO //WABAYE UWUGIRA 3 WEMEREWE // ATHANASE NDAYISHEMEZA ICEGERA
ABANDITSI BAPFUNZWE UMUNSI WABAHARIWE/ITARIKI YA 15 MURI KAHISE/AYAVUGWA MURI GABON,RDC,SOUTH AFRICA
Просмотров 1014 часов назад
ABANDITSI BAPFUNZWE UMUNSI WABAHARIWE/ITARIKI YA 15 MURI KAHISE/AYAVUGWA MURI GABON,RDC,SOUTH AFRICA
VICHOU LOVE: INKWAVU zatumye nkora cane kuruta // indirimbo ROUND TABLE ijanye n'ibihe
Просмотров 7314 дней назад
VICHOU LOVE: INKWAVU zatumye nkora cane kuruta // indirimbo ROUND TABLE ijanye n'ibihe
VICHOU LOVE: Ukuri kwose mutamenye kuri ALBUM IKETE// Mfise indirimbo 100 zibitse neza
Просмотров 1114 дней назад
VICHOU LOVE: Ukuri kwose mutamenye kuri ALBUM IKETE// Mfise indirimbo 100 zibitse neza
NOWELI & BONANE: Turipanze OK muri ADISON COMPANY//Hari BISHASHA & PROMOTION // Turi ku mbonakazoza
Просмотров 2614 дней назад
NOWELI & BONANE: Turipanze OK muri ADISON COMPANY//Hari BISHASHA & PROMOTION // Turi ku mbonakazoza
T-MAX NTIYABIHEVYE ARAJE NA ALBUM// NTIYITABA IBITERAMO VY'I BURAYA// NTABONA UWO YOHA AWARD YA RAP
Просмотров 1014 дней назад
T-MAX NTIYABIHEVYE ARAJE NA ALBUM// NTIYITABA IBITERAMO VY'I BURAYA// NTABONA UWO YOHA AWARD YA RAP
MKE MWEMA NI TRUE STORY//STINO VOCAL TWITEGE EP NA CONCERT// IFARASI ZARANGOYE// ABARIRIMBA IVYAHA
Просмотров 514 дней назад
MKE MWEMA NI TRUE STORY//STINO VOCAL TWITEGE EP NA CONCERT// IFARASI ZARANGOYE// ABARIRIMBA IVYAHA
UMUNSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABARWAYI// KU NCURO YA 6 MU BURUNDI// ABDDM KU KIVI
Просмотров 2714 дней назад
UMUNSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABARWAYI// KU NCURO YA 6 MU BURUNDI// ABDDM KU KIVI
MOW'KANZIE : MANAGER ni umugabo wanje // uko merewe i burayi n'ibiteramo //ngiye guhindura ingendo
Просмотров 814 дней назад
MOW'KANZIE : MANAGER ni umugabo wanje // uko merewe i burayi n'ibiteramo //ngiye guhindura ingendo
BURUNDI DAY muri MOZAMBIQUE //IMILIYONI 40 zaregeranijwe//Uko DG wa MANAAC abona DIASPORA Ndundi
Просмотров 5714 дней назад
BURUNDI DAY muri MOZAMBIQUE //IMILIYONI 40 zaregeranijwe//Uko DG wa MANAAC abona DIASPORA Ndundi
COMESA: UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE NDIRAKOBUCA N'UW'UBUDANDAJI MU BIKORWA VY'IHURIRO RIGIRA 17
Просмотров 721 день назад
COMESA: UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE NDIRAKOBUCA N'UW'UBUDANDAJI MU BIKORWA VY'IHURIRO RIGIRA 17
LIFE COMPANY nitwe gusa dukora ENERGY/AMAZI meza azimbutse//dukor amasaha 24/24, dufise stock henshi
Просмотров 3321 день назад
LIFE COMPANY nitwe gusa dukora ENERGY/AMAZI meza azimbutse//dukor amasaha 24/24, dufise stock henshi
BIG FIZZO:JABS TWAHURIYE TZ🇹🇿 MURI FILM//ALBUM NSHASHA 777 YAHEZE//ABA FANS BAFANE ATA NZIGO IRIMWO
Просмотров 1,1 тыс.21 день назад
BIG FIZZO:JABS TWAHURIYE TZ🇹🇿 MURI FILM//ALBUM NSHASHA 777 YAHEZE//ABA FANS BAFANE ATA NZIGO IRIMWO
MIRROR TEAM: VYARANGOYE YASOHOTSE HITEZWE EP// BASHIMIRA BENSHI HAMWE N'UBUYOZI BW'INTARA YA RUTANA
Просмотров 2221 день назад
MIRROR TEAM: VYARANGOYE YASOHOTSE HITEZWE EP// BASHIMIRA BENSHI HAMWE N'UBUYOZI BW'INTARA YA RUTANA
Komine MUKAZA ku murindi mwiza w'iterambere//FLORENT NKEZABAHIZI Musitanteri asohoye akari ku mutima
Просмотров 1421 день назад
Komine MUKAZA ku murindi mwiza w'iterambere//FLORENT NKEZABAHIZI Musitanteri asohoye akari ku mutima
MUSITANTERI wa komine MUKAZA ntagikina🏀/Zone BUYENZI iragoye kubijanye n'isuku//Nkunda indirimbo ...
Просмотров 928 дней назад
MUSITANTERI wa komine MUKAZA ntagikina🏀/Zone BUYENZI iragoye kubijanye n'isuku//Nkunda indirimbo ...
MUTIMA ntarota aheba COMEDIE// Yampaye parasela, umuduga //Ndi umu DG wa Sosiyete ISI Y'AKANOVERA
Просмотров 7028 дней назад
MUTIMA ntarota aheba COMEDIE// Yampaye parasela, umuduga //Ndi umu DG wa Sosiyete ISI Y'AKANOVERA
CHRIS BROWN mu giteramo muri SOUTH AFRICA mumpera z'umwaka : kizoba canke kizosiba???
Просмотров 1628 дней назад
CHRIS BROWN mu giteramo muri SOUTH AFRICA mumpera z'umwaka : kizoba canke kizosiba???
EAC LIVE SHOW HEADLINES: MOZAMBIQUE,SOMALIE, USA, BURKINA FASO
Просмотров 3128 дней назад
EAC LIVE SHOW HEADLINES: MOZAMBIQUE,SOMALIE, USA, BURKINA FASO
B FACE mu giteramo mu BUBILIGI arashima abitavye naho habayemwo amahwa
Просмотров 1228 дней назад
B FACE mu giteramo mu BUBILIGI arashima abitavye naho habayemwo amahwa
KADIE KAY na MASTERLAND basohoye akari ku mutima //Uruhara gw'umwe wese mu ndirimbo GOOGLE MUM
Просмотров 7Месяц назад
KADIE KAY na MASTERLAND basohoye akari ku mutima //Uruhara gw'umwe wese mu ndirimbo GOOGLE MUM
MISS TEEN Universe 2024 JELLY DILLA GAELLA ISHIMWE aserukiye UBURUNDI muri SOUTH AFRICA
Просмотров 282Месяц назад
MISS TEEN Universe 2024 JELLY DILLA GAELLA ISHIMWE aserukiye UBURUNDI muri SOUTH AFRICA
ARNAUD ROBERT NGANJI atubwiye Intango n'urugendo rw'umuziki na Slam vyowe//Ibikorwa n'ivuga butumwa
Просмотров 5Месяц назад
ARNAUD ROBERT NGANJI atubwiye Intango n'urugendo rw'umuziki na Slam vyowe//Ibikorwa n'ivuga butumwa
PROPHETE JOSHUA JOSHUA: Intango n'Urugendo rw'umugambi KUMUSOZI
Просмотров 8Месяц назад
PROPHETE JOSHUA JOSHUA: Intango n'Urugendo rw'umugambi KUMUSOZI
Prophete JOSHUA JOSHUA yishuye umunywanyi kuvyerekeye CHIMAMANDA amuvugako
Просмотров 4Месяц назад
Prophete JOSHUA JOSHUA yishuye umunywanyi kuvyerekeye CHIMAMANDA amuvugako
Urugendo rwa B-FACE rwo kuba Umugwizatunga// Ivyo utari uzi ku ndirimbo motivation
Просмотров 12Месяц назад
Urugendo rwa B-FACE rwo kuba Umugwizatunga// Ivyo utari uzi ku ndirimbo motivation
Ubuzima n'ibikorwa vya FEBABU//Ntabwoba bw'umwambaro muri BAL Kahise, kubu na kazoza ka FEBABU
Просмотров 58Месяц назад
Ubuzima n'ibikorwa vya FEBABU//Ntabwoba bw'umwambaro muri BAL Kahise, kubu na kazoza ka FEBABU

Комментарии

  • @inteyitekaodile9857
    @inteyitekaodile9857 7 часов назад

    INDWARA Y' IGISUKARI ( DIABÈTE SUCRÉ Type 2) Benshi turazi neza ko Diabete idakira ivyo tukabitegwa n'inyigisho twigishijwe ariko nubwo ariko twese twigishijwe. Twomenyesha ko ishobora gukira igihe cose yubahirije amategeko y'imirire akanafata ningaburo kama ziyivura. DIABETE YIYEREKANA RYARI Diabète n' indwara yibonekeza igihe urwagasha ( pancréas ) rujejwe guhingura inkaburamubiri ( hormones ) bita insuline itakiboneka bivuye kuduhimba bita cellules de bêta des îlots de langerhans tuba twononekaye kubice biri hagati y'ibice 75 na 80. Aho rero Ugwagasha ntiruba rugishoboye gukora umusembura Insuline ushira isukari kurugero gwiza ninaho bavugira ko umuntu agwaye Igisukari. IBITUMA UMUNTU AGWARA DIABETE DU TYPE 2. Ubundi Diabete, Hypertension arterielle, Goute nizindi tutavuze ningwara zitegwa n'ikora nabi ry'uduce ndemangingo (Cellules) bitewe nimvo z'imirire mibi (Malnutrition) kuri Diabete rero du Type 2 ngiye kuvuga ibintu bike bidufasha gutahura: 1.Gufungura ingaburo igwiriyemwo isukari ryera ryinshi. 2.Ukubura vitamine B 6 3.Umuvyibuho w' umurengera ( obésité,) 4.Gukoresha ibintu bikoresha nabi umubiri nk'inzoga,itabi,Icayi,... 5.Hariho nibindi ariko ivyo nivyo bibafasha gutahura. IBIMENYETSO Iyo umuntu kenshi bishitse agafatwa na diabète du Type 2 hari ibimenyetso bimwe bimwe vyibonekeza bikamutera kwikanga iyo ngwara.Hamwe nawe wovyibonako vyiza woca uja kwisuzumisha kugira umenye ubuzima bwawe: 1.Gusonza cane( polyphagie) 2.Kunyoterwa bikabije (polydypsie) 3.Kwihagarika kenshi kandi bitavuye kumazi menshi wanyoye (Polyririe ) VYAKOMEYE ( COMPLICATION ) 1 .Kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ( impuissance sexuelle masculine ou frigidité ) 2.Kugwara amaso ( Retinopathie diabétique ) 3 .Infection urunaire Repetitive 4 .Kwonda cane kuri bamwe 5 .Kwononekara Amafyigo (Insuffisance Renale Diabetique),... Harico wobaza canke ukeneye impanuro ningene wofungura woturondera kuri: +25769 557 217 ( WhatsApp, appels ou sms )

  • @InnocentNdayikeza-y5i
    @InnocentNdayikeza-y5i День назад

    Sinkibabon live kur fb basha nanj sind mugihug

  • @CharlesHatngimana
    @CharlesHatngimana 4 дня назад

    Love from bubanza vichou hejuru

  • @CalixteKallistosIRATUBONA
    @CalixteKallistosIRATUBONA 7 дней назад

    Big Fizzo ndamukeneye tuzoganire.

  • @ThierryNigaba
    @ThierryNigaba 13 дней назад

    ❤❤

  • @EACLIVESHOW1
    @EACLIVESHOW1 16 дней назад

    T-MAX MZEE WA MICHANO🎉🎉🎉

  • @lavoiduchagement4429
    @lavoiduchagement4429 16 дней назад

    Uburenganzira bw'abagwaye bwubahirizwe

  • @lavoiduchagement4429
    @lavoiduchagement4429 16 дней назад

    Uburenganzira bw'abagwaye bw'ubahwe. Akanovera mu buvuzi bwiyongere mu Burundi.

  • @IrankundaJeannedarc-b6g
    @IrankundaJeannedarc-b6g Месяц назад

    Ese ingene biberey kuraba

  • @CynthiaNiyonkuru
    @CynthiaNiyonkuru Месяц назад

    Mes préférées 😘😘😘🇧🇮

  • @sariyaMunezero
    @sariyaMunezero Месяц назад

    Miss dilla hejuru cneee

  • @MuvandiMix
    @MuvandiMix Месяц назад

    😂😂😂❤