Khaled Kyuz
Khaled Kyuz
  • Видео 1
  • Просмотров 16 336
Dogo-@ ĸхYzн - Ruhuka Muvyeyi
Inyuma yo kubura umuvyeyi yankunze urwo ntosigura, uburyo bwonyene nokoresha mu kumuherekeza nkumva ko umutima wanje woruhuka ni ukuririmba kuko n'igihe yari akiturimwo mu buryo bw'umubiri naramuririmbira akaryoherwa.
Hari abokwiyumvira ko harengeranye ariko ico yamariye jewe ubwanje n'abarundi muri rusangi bituma numva n'inyuma y'imyaka cumi noririmba ivyiwe kuko naho yagiye, ibikorwa vyiwe biracari bizima.
#Burundi #ThankYouNkurunziza
Просмотров: 16 337

Видео