- Видео 87
- Просмотров 145 369
Breaking News Burundi
Канада
Добавлен 4 сен 2016
Imvo zatumye amaradiyo yigenga yatotejwe mu Burundi aba arahagaritse ibikorwa Rwanda Bob Rugurika
Amaradiyo RPA (Radio Pubique Africaine), Inzamba na Radio-Television Renaissance yatangaje ko kuva uyu kuri wa gatatu yahagaritse imirimo 'ku mvo zitatuvuyeko".
Ivyo binyamakuru bivugwa ko vyakorera mu Rwanda inyuma yo gusamburwa mu Burundi mu nkuruma yakurikiye igeragezwa ryo gutembagaza ubutegetsi bw'umuhisi Prezida Pierre Nkurunziza mu 2015.
Inzamba naho itabaho mu Burundi yakoramwo bamwe mu bahora muri radiyo Bonesha FM bahungiye hanze.
Bonesha FM nayo nyene yari yasambuwe ariko iherutse gusubira gushikiriza ibiganiro inyuma y'aho urwego ikuriweko ibihano n'urwego rujejwe gukurikirana ukumenyesha amakuru mu Burundi, CNC
Uburundi n'Urwanda bigize igihe biri mu biganiro vyo gusubira kwunga ...

Просмотров: 69
Видео
Nkurunziza yemanze ko igihugu cèurwanda cateye uburundi, nawe yatabaje amakungu.
Просмотров 1654 года назад
igitero cakozwe kubasoda babarundi bar kukirindiro i Marura co mw'ishamaba cimeza ca Kibira murii komine Mabayi intara ya Cibitoke .
Ikiganiro Aka Hambere na Innocent Valentin SINGIRANKABO kivuga kumuzo w'idini rya Islam mu Burundi
Просмотров 1614 года назад
Ikiganiro Aka Hambere na Innocent Valentin SINGIRANKABO kivuga kumuzo w'idini rya Islam mu Burundi
Denis Nkurunziza araziko mumugambwe no munzego aba CNDD FDD bitwara nabi
Просмотров 1415 лет назад
Aranemerako intebe arimwo izojamwo abandi. Denis Bucumi Nkurunziza..
EVARISTE NDAYISHIMIYE PARLE QUE PERSONNE N'A LE DROIT DE VENDRE SA PROPRIETE A UN ETRANGE
Просмотров 655 лет назад
EVARISTE NDAYISHIMIYE PARLE DES TERRES DOMANIALES, PERSONNE N'A LE DROIT DE VENDRE SA PROPRIETE A UN ETRANGE, EVARISTE NDAYISHIMIYE ARIKO ARAVUGAKO AMATONGO YOSE ARI AYA LETA BIBUJIJWE KUGURISHA ITONGO KUMUNYAMAHANGA. 2019 YABIVUGIYE MURUGOMBO AFATIYE KUMATATI AVUGWA MWISHIRAHAMWE RUGOFARM. #RUGOFARM
NKURUNZIZA AVUGA KURI COUT D'ETAT YAGIRIWE
Просмотров 2985 лет назад
Le coup d'État a été déjoué par le Général Prime Niyongabo. La liaison téléphonique entre le Général Niyongabo à Bujumbura et Pierre Nkurunziza à Dar Es Salam était assurée par le Chef du Cabinet Civil du Président, M.Anatole Manirakiza à partir de Rugombo. Le Général Pontien Gaciyubwenge aurait trahi sa parole et se serait rallié à la dernière minute à la cause de Pierre Nkurunziza dont il éta...
Kirundo-Ntega: Une jeunesse non éduquée malgré les 14 ans de règne de Pierre Nkurunziza
Просмотров 2745 лет назад
La peur au ventre, la population de Bugabira, dans la province de Kirundo observe les entrainements para-militaires de la milice Imbonerakure du Cndd Fdd. Une jeunesse non éduquée malgré les 14 ans de règne de Pierre Nkurunziza, manipulée et transformée en machine à tuer
IMBONERAKURE ZIGUMA ZIGISHWA IMYIMENYEREZO GISIRIKARE IMBONERAKURE DEMONSTRATION DE LA FORCE
Просмотров 385 лет назад
IMBONERAKURE ZIGUMA ZIGISHWA IMYIMENYEREZO GISIRIKARE IMBONERAKURE DEMONSTRATION DE LA FORCE
EVARISTE NDAYISHIMIYE arongoye CNDD FDD ahamagarira imbonerakure kureka kwica abandi
Просмотров 1635 лет назад
EVARISTE NDAYISHIMIYE arongoye CNDD FDD ahamagarira imbonerakure kureka kwica abandi
JACQUES BIGIRIMANA ASHINYAGURIRA ABARUNDI UMURYANGO WA ERNEST MANIRUMVA
Просмотров 2775 лет назад
JACQUES BIGIRIMANA ASHINYAGURIRA ABARUNDI UMURYANGO WA ERNEST MANIRUMVA
NDONDEZA SECURITE NUMERIQUE: Pacifique Nininahazwe
Просмотров 2,2 тыс.5 лет назад
NDONDEZA SECURITE NUMERIQUE: Pacifique Nininahazwe
JACQUES BIGIRIMANA aravuga amazina y'abakozi b'iperereza bica bagasinzikariza ubuzima abanyagihugu
Просмотров 14 тыс.5 лет назад
JACQUES BIGIRIMANA aravuga amazina y'abakozi b'iperereza bica bagasinzikariza ubuzima abanyagihugu
Abanyapolitique bari mugihugu bagiriza umugwi CVR gukorera yate y'umugambwe CNDD FDD
Просмотров 245 лет назад
Abanyapolitique bari mugihugu bagiriza umugwi CVR gukorera yate y'umugambwe CNDD FDD
Agathon Rwasa yagiriza Nkurunziza kuba ingorane yakarere kose
Просмотров 1305 лет назад
Agathon Rwasa yagiriza Nkurunziza kuba ingorane yakarere kose
Dinise Bucumi yasohoye igitabo kizokwifashishwa mu mashire
Просмотров 225 лет назад
Dinise Bucumi yasohoye igitabo kizokwifashishwa mu mashire
Le marche de Matana incendié le 13 janvier 2019
Просмотров 1025 лет назад
Le marche de Matana incendié le 13 janvier 2019
Umwana yigishijwe kuririmba indirimbo z'umugambwe uru kubutegetsi zirimwo amacakubiri
Просмотров 1155 лет назад
Umwana yigishijwe kuririmba indirimbo z'umugambwe uru kubutegetsi zirimwo amacakubiri
Bikurange mutama
Imana izohana inkozi z'ibibi zaduhekuye
Que l’âme de l’illustre disparue repose en paix éternellement et infiniment
Bonjour 👋 et merci infiniment pour m’avoir informé RPA via sa journaliste vedette Madame Domitile Kiramvu
Kweri 😆😆😆😆😆
Kuki mubivuga mu Rurimi tutazi!!!!???
Manawe
Nikubera iki abatutsi bamye arabicanyi gushika aho bicana ubwabo
Abatutsi bari ubwiko 2, har’abanyaruguru n’abahima. Abahima nibo bamwishe kugira bafate igihungu. Urya président wa mbere yari UMUHIMA( Michel Micombero). Rero ABAHIMA nibo bariko bashaka batware igihugu hama abatutsi basanzwe n’abahutu bagume musi y’abahima
None yari umuhutu
vyiza can
Umukenyezi
Quelle richesse de la culture africaine!!! Je suis tellement ému!!!!
❤❤❤❤😂
Komera
😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
😅😅😅😅
Wow 🥰🥰🥰
Murashimisha cyaane
Memories of Burundi, umuco 👏🏿👏🏿👏🏿
😋😋😋❤️❤️❤️❤️💯
Bamuvisiwarize neza mujomba kabisaaaa ushishikara muhungu was François
Birababaza cane kubona umuntu yicwa bunyamaswa akazimangana nk'umuntu asanzwe .Ico bikoze ubutungane bw'avyifashemwo n'abi
Ewe Francis nawe.nca ndakwibuka muri mount kenya
Francis turamwemeraa
Sooo cute for real 😍🥰❤️❤️💯💯💯💕
Ewe bigirimana abagukunda bakuronderere umuganga wo mumutwe. Iryo rementanya ryuzuye ubujuju bwinshi geza aho
Thanks 👏👏👏👍 👍👍💪💪💪
🤣🤣🤣
CNdd FDD Nic1👏👏👏👏🤝🤝🤝👍👍👍💪💪💪 ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
CNdd FDD Nic1 ❤️❤️❤️💪💪💪
😭😭😭😭😭😭🔪🔪🔪🔪🔪🔪🔪🔪🔪👈👈👈👈👈👈👈👈
👏👏👏👏👏👏🤝🤝🤝🤝🤝🤝💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Asante
Thanks 👏👏👏👍💪🤝🤝🤝👍👍👍💪👍👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Asante 👏👏👏🤝🤝🤝👍💪💪💪💪💪💪
👏👏👏👏👏👏🤝🤝🤝🤝👍👍👍👍👍
Thanks👏👏👏👏👏👏💪💪💪💪💪💪💪👍👍👍👍👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🤣🤣🤣🤣
Utuvyino turyoshe turimwo urukundo. Urakoze kudutwenza!
uruwambere komera
Wahorahe
😍soo cute
Komera mutama
Comment pourrais-je me procurer cette émission au complet!!! mahara2016@gmx.fr
Aho wewe arakomeye neza Sumirinda Jaki? Barakuroze wewe!
Abobo mwarabibutse ariko abatewe amagrenade, abiciwe kuri université, bo ntibazibikwa kuko ntibari abantu
Uwuzotangura intambara mu burundi izotangurira iwe irangirire iwe. Imana niyo cabona. Uburorero bumaze kuboneka henshi: Bukinanyana, Kabarore, Gutera amakambi, Musigati......ect
Reverien wowe uri interahamwe harya ngo bakore amaraso yabo azakugaruka bitinde bitebuke nawe uzabakurikira
Wambwawe uriko uratera ubwoba nde? Abanyarwanda ntimwinenukango musigaze. Umwana utavyaye ntuvuga ngo ndage ndagukubite, uvuga uti ndaje turwane. Rero iyontambara mwipfuriza uburundi ntimwibaze ngo ishobora kurangira nk'uko muvyibaza. irashobora kurangira mwirutse. Mutavuye kuburundi muzahakura imbwa yiruka.
Emwe ha muzi vyishi! Ndumiwe .
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮