- Видео 194
- Просмотров 565 994
EKATO TV
США
Добавлен 30 сен 2021
EKATO n'umuhora wa Televiziyo y'iyobokamana ikorera ku rubuga ngurukanabumenyi kugira ifashe kumenyesha Inkuru Nziza no gusangiza ivyiza vy'imana abemera n'abatemera biciye mundirimbo, munyigisho, mugusenga bijanye n'ukwemera rukristu ngo ifashe abantu kwegera imana gusumvya no guhinduka kubw'ubwami bw'imana. Kuko tubayeho kugira tuninahaze imana , tuyubahe, tuyikorere kandi tumenyeshe urukundo rwayo abandi.
IRANI IGAVYE IBITERO KURI ISRAELI, VYINSHI VYAHONONEKARIYE
amakuru yihuta·, irani iteye israeli#nyimbopendwazakikatoliki #nyimbopendwazakikatoliki #numeroyapastorntambabazi0788554028 #bwananikufananishenananicatholicsong #ibitero vya irani kuri israeli
Просмотров: 40
Видео
IYURIZWA MW'IJURU RYA BIKIRA MARIYA/Fête de l'Assomption de la Vierge Marie à Mugera le 15 Août 2024
Просмотров 2092 месяца назад
Le 15 août 2024Célébration de l' #assomption au #sanctuaire #national #marial de #mugera in #burundi #gitega . Débutée à 9h30, la #sainte #messe a été présidée par S.E #mgr #archevêque #bonaventure #nahimana , entouré de #simon #ntamwana archevêque #émérite de l' #archidiocèse de Gitega, les #évêques de #ngozi ( Mgr #georges #bizimana ), #ruyigi (Mgr #blaise #nzeyimana ) et #Graz en #autriche (...
PEREZIDA P. KAGAME ATANZE GASOPO KUMADINI ANAVUGA KW'IFUNGWA RY'INSENGERO N'UMUSORO AGIYE KUZ'ATANGA
Просмотров 1862 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi
Abungere b'Ekleziya Gatolika barahagaritswe umutima n'ibura ry'igitoro n'amaheray'agaciro mu Burundi
Просмотров 1242 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Messe de prèmices Diocese de Ngozi /Gisyo-Buraniro
INDIRIMBO Z'UMUSHAHA WA YEZU KRISTU
Просмотров 2252 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Messe de prèmices Diocese de Ngozi /Gisyo-Buraniro
EWE MANA URANINAHAYE Edited by Ekato tv
Просмотров 1702 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Messe de prèmices Diocese de Ngozi /Gisyo-Buraniro
INDIRIMBO ZO GUSANGIRA ZA KERA ZIRYOSHE
Просмотров 4902 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
INDIRIMBO NZIZA Z'UMUHAMAGARO crédit Images ordenations Gitega 2023
Просмотров 872 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
Alleluia Alleluia Kristu ni Muzima
Просмотров 583 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
Indirimbo z'imana z'umuhamagaro/ Ordination sacerdotale à Muyinga 2024
Просмотров 2103 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha a'bandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
Nivyukuri ntayindi Mana ikwiye gutambirwa / ordenation sacerdotale à Gitega 2024
Просмотров 1173 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
Indirimbo z'itorwa/Ordination sacerdotale dans l'Archidiocèse de Bujumbura 2024
Просмотров 6153 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
HAR'ITEKA NA TEWE
Просмотров 1653 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
NDAJE MANA MU NGORO YAWE perfomed By Ekato tv images Catheral Regina Mundial
Просмотров 1033 месяца назад
Ntugende udakoze s'abonner, j'aime (like), comentaires na partager kugira youtube ifashe kuzimenyesha abandi./ Ordenation Archidiocese de Bujumbura 2023
Urutonde rw'indirimbo z'itorwa Perfomed By Ekatotv
Просмотров 2263 месяца назад
Urutonde rw'indirimbo z'itorwa Perfomed By Ekatotv
INDIRIMBO ZO GUSANGIRA YEZU MUKARISTIYA
Просмотров 2013 месяца назад
INDIRIMBO ZO GUSANGIRA YEZU MUKARISTIYA
INDIRIMBO NZIZA ZIRYOSHE ZO GUSANGIRA
Просмотров 1944 месяца назад
INDIRIMBO NZIZA ZIRYOSHE ZO GUSANGIRA
Chants de receuillement pour se mettre en présence de Dieu
Просмотров 604 месяца назад
Chants de receuillement pour se mettre en présence de Dieu
UNE COLLECTION DES CHANTS CATHOLIQUES
Просмотров 834 месяца назад
UNE COLLECTION DES CHANTS CATHOLIQUES
CHANTS DE MEDITATION POUR AVOIR LA PAIX ET LA JOIE DANS TON COEUR
Просмотров 604 месяца назад
CHANTS DE MEDITATION POUR AVOIR LA PAIX ET LA JOIE DANS TON COEUR
QUE MA BOUCHE CHANTE TA LOUANGE By Chorale cathédral Regina Bujumbura
Просмотров 1104 месяца назад
QUE MA BOUCHE CHANTE TA LOUANGE By Chorale cathédral Regina Bujumbura
URUPFU RWANESHEJWE+ GANZA MWANA WA MARIYA By chorale St Martin de Gikungu edited by ekatotv
Просмотров 1574 месяца назад
URUPFU RWANESHEJWE GANZA MWANA WA MARIYA By chorale St Martin de Gikungu edited by ekatotv
WARAYINTOREYE KUGIRA NGO NZE KUGUKORERA
Просмотров 6215 месяцев назад
WARAYINTOREYE KUGIRA NGO NZE KUGUKORERA
INDIRIMBO Z'IMANA Z'UMUHAMAGARO/crédit d'images/Messe Mont Sion Gikungu/Perfomed et edited byEkatotv
Просмотров 1935 месяцев назад
INDIRIMBO Z'IMANA Z'UMUHAMAGARO/crédit d'images/Messe Mont Sion Gikungu/Perfomed et edited byEkatotv
Ni bon cyane na yi kunze ❤❤😂😂
Amen ni hashimwe umubyeyi Bikiramariya umubyeyi wa bababaye
😊
Muhezagirwe
❤
KOmeza ubutumwa
I love these hymns so so much.. except the language is had to interpret. But no problem the Holy spirit is at work.
Hi Assumpta. Of course the Holy Espirit is the protagonist to help you to understand. There are gospel songs of Virgin Mary in Kirundi lenguaje. May God bless you to follow us.
Ndayikunz
Urumuvyeyi watangaza mariya
Uri mama
Ndagukunda mawe mwiza❤❤❤
Ndagukunda mawe mwiza
Amen
🙏🙏
Mbega indirimbo niza weee
Bwakire ubushikirize Yezu❤❤❤❤
Imana ibongerereze amavuta
Shimagizwa mariyaaas
❤❤1
Nimukomere
@@AaronNshimirimana twese cher Aaron!
Umukama abakomeze mubutumwa yabashinze
imana ihimbazwecane
Mukomere!
Mawe mwiza adukunda dusabire
Mugabekazi wamahoro nadusabire
Turindabo zamariya
Muhezagirw
❤❤🎉nyina wajambo uge ususabira😅
M
Ndakwemera niwowe
Kaze Yezu mu mutima wanje ndashaka kuba umuja wawe.
Vuga ngo amen!!!!!
🎉❤ mwame uko
Murakoze cn
Akaririmbo keza cane
Amen
Hakizimana Raphael,paroice Mushasha,Diocese Gitga ,ndashima abategura indirimbo twiherewe na Yezu mu gihe yari mububabare buturengeye kure niyo,Murakoze
@@RaphaelHakizimana urakoze no gushima . Hezagirwe.
Iyi nyinjinzo iri mundirimbo zinyiganza umutima wanje 🎉🎉 Hezagirwa Baririmbiramana kuko uwuririmvye neza aba asenze kabiri ❤❤❤❤❤
❤❤❤
Komezagusengamur a koz
Bandanya muhezagigwa
Imana ininahazwe hose
❤❤❤❤❤❤
"Mukama ntivyari binkwiye Muga kubw'ikigongwe cawe ndaje "Muhezagirwe cane
KAZEMUTIMAMWERANDA. INGUTUGENZUKUSHAKA. AMEN. AMEN. IMANIBAKOMEZE. MUBUTUMWA. BWAYO. NDABAKUNDA. CANE. MURAKOZE❤❤❤❤❤❤
😊
Yoooo. Ndanezerewe. Cane. Mbegindiri. Mbozirdoshe. Zumuvyeyi. Wacu. Utagirakanenge. Umuvyeyi. Yamaturihafi. Imisiyose. Isahakuyindi. UMUKAMA. ABONGERIMBARAGA. murakoze. Cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Guma munkurikirana ndazibasangiza
Amen MUVYEYI WACUUU
Ndayikunze beaucoup
Amen amen❤
Amen amen❤