Bibliya-Yera + Nyeranda
Bibliya-Yera + Nyeranda
  • Видео 367
  • Просмотров 34 936

Видео

Mutima Mweranda yari yaramumenyesheje ko atazopfa atarasanganira Uwasizwe n'Umukama
Просмотров 1812 часов назад
Mutima Mweranda yari yaramumenyesheje ko atazopfa atarasanganira Uwasizwe n'Umukama
Abumvise bose ivyo abungere babiganiye baratangara. Mariya we yama yibuka ayo majambo akayazirikana
Просмотров 2719 часов назад
Abumvise bose ivyo abungere babiganiye baratangara. Mariya we yama yibuka ayo majambo akayazirikana
Uyu musi mu gisagara ca Dawudi umukiza yabavukiye ni Kristu Umukama
Просмотров 28День назад
Uyu musi mu gisagara ca Dawudi umukiza yabavukiye ni Kristu Umukama
Abasirikare baramubaza bati: Tweho twokora iki? Abishura ati: Ntihagire uwo mutwara utwiwe n'impaka
Просмотров 3114 дней назад
Abasirikare baramubaza bati: Tweho twokora iki? Abishura ati: Ntihagire uwo mutwara utwiwe n'impaka
Ijwi ry'uwusemererera mu bugaragwa riti nimutegure inzira y'Umukama mugorore inzira ziwe
Просмотров 2521 день назад
Ijwi ry'uwusemererera mu bugaragwa riti nimutegure inzira y'Umukama mugorore inzira ziwe
Jewe ndi umusavyi w'Umukama, nibimbere uko ubivuze! Nya mumarayika aca arigira
Просмотров 2121 день назад
Jewe ndi umusavyi w'Umukama, nibimbere uko ubivuze! Nya mumarayika aca arigira
Itegeko noneho rizana ishavu ry'Imana ariko ahatari itegeko nta n'ukurirenga. kubaho
Просмотров 2728 дней назад
Itegeko noneho rizana ishavu ry'Imana ariko ahatari itegeko nta n'ukurirenga. kubaho
Hahiriwe abo ivyaha vyagiriwe ikigongwe, abo ibicumuro vyahanaguwe
Просмотров 52Месяц назад
Hahiriwe umuntu Umukama adaharurako igicumuro
Sinshaka kuninahazwa n'abantu ariko mwebwe ndabazi ntimufise urukundo rw'Imana muri mwebwe
Просмотров 44Месяц назад
Sinshaka kuninahazwa n'abantu ariko mwebwe ndabazi ntimufise urukundo rw'Imana muri mwebwe
Abashingi intahe Yezu. hari uwundi ashingira intahe kandi ndazi ko intahe anshingira ari iy'ukuri
Просмотров 34Месяц назад
Abashingi intahe Yezu. hari uwundi ashingira intahe kandi ndazi ko intahe anshingira ari iy'ukuri
Hinda agashitsi wa si we, imbere y'Umukama imbere y'Imana
Просмотров 32Месяц назад
Hinda agashitsi wa si we, imbere y'Umukama imbere y'Imana
Ubutungane bw'Imana buzanwa n'ukwwemera Yezu Kristu kugira ngo abemera bose babuhabwe
Просмотров 28Месяц назад
Ubutungane bw'Imana buzanwa n'ukwwemera Yezu Kristu kugira ngo abemera bose babuhabwe
Umukama ni we avyura umworo akamukura mu mukungugu ni we avyura umukene akamukura mu mwavu
Просмотров 422 месяца назад
Umukama ni we avyura umworo akamukura mu mukungugu ni we avyura umukene akamukura mu mwavu
Nta gutinya Imana kuri ku maso yabo. Inzira y'amahoro ntibayizi
Просмотров 252 месяца назад
Ibirenge byabo vyinhutira gusesa amaraso. Inzira y'amahoro ntibayizi
Imana ni imvugakuri nayo zina muntu we ni umubeshi
Просмотров 642 месяца назад
Imana ni imvugakuri nayo zina muntu we ni umubeshi
Umuntu yubaha Umukama mu nzu yiwe hari ubuhirwe n'ubutunzi
Просмотров 912 месяца назад
Umuntu yubaha Umukama mu nzu yiwe hari ubuhirwe n'ubutunzi
Kuki wigisha abandi ariko ntiwiyigishe wewe nyene?
Просмотров 492 месяца назад
Kuki wigisha abandi ariko ntiwiyigishe wewe nyene?
Ubuninahazwa iteka n'amahoro bibe ku muntu wese akora ivyiza
Просмотров 342 месяца назад
Ubuninahazwa iteka n'amahoro bibe ku muntu wese akora ivyiza
Wewe muntu wese ucira abandi urubanza kuko mu kurucira abandi uba uriko urarwicira
Просмотров 383 месяца назад
Wewe muntu wese ucira abandi urubanza kuko mu kurucira abandi uba uriko urarwicira
Umukama agaburira abamwubaha bose akibuka isezerano ryiwe na ntaryo
Просмотров 443 месяца назад
Umukama agaburira abamwubaha bose akibuka isezerano ryiwe na ntaryo
Uzokwama uri umuherezankuka kumwe kwa Melekisedeki
Просмотров 403 месяца назад
Uzokwama uri umuherezankuka kumwe kwa Melekisedeki
Urakunda Umukama Imana yawe n'umutima wawe wose n'umushaha wawe wose n'ububasha bwawe bwose
Просмотров 463 месяца назад

Buzuye ubwoko bwose bw'akarenganyo ubw'ububisha ubw'ukwipfuza amatungo ubw'ubukozi bw'ikibi bakuzura
Просмотров 343 месяца назад
Buzuye ubwoko bwose bw'akarenganyo ubw'ububisha ubw'ukwipfuza amatungo ubw'ubukozi bw'ikibi bakuzura
Imana yabatereranye ivyipfuzo biteye isoni, gushika n'aho abagore babo bahinduye uburyo bubereye
Просмотров 463 месяца назад
Imana yabatereranye ivyipfuzo biteye isoni, gushika n'aho abagore babo bahinduye uburyo bubereye
Ishavu ry'Imana ririko ririhishura rivuye mw'ijuru kubera ububisha bwose n'akarenganyo vy'abantu
Просмотров 463 месяца назад
Ishavu ry'Imana ririko ririhishura rivuye mw'ijuru kubera ububisha bwose n'akarenganyo vy'abantu
Inkuru nziza ntintera isoni. Ni yo bubasha bw'Imana buzanira ubukirio uwemeye wese.
Просмотров 463 месяца назад
Inkuru nziza ntintera isoni. Ni yo bubasha bw'Imana buzanira ubukirio uwemeye wese.
Imana nimbere icabona yo nkorera nu mutima wanje mu kwigisha Inkuru nziza
Просмотров 504 месяца назад
Imana nimbere icabona yo nkorera nu mutima wanje mu kwigisha Inkuru nziza
Ikiganiro co kudahemukira abana itondere ingwara zabana bato
Просмотров 404 месяца назад
Ikiganiro co kudahemukira abana itondere ingwara zabana bato
Yezu Kristu Umukama wacu. Ni we yaduteye iteka atugira abatumwa mu makungu yose
Просмотров 514 месяца назад

Комментарии