- Видео 38
- Просмотров 30 865
NERITVBURUNDI
Добавлен 16 окт 2020
Видео
Diacre Nduwimana Adronis
Просмотров 2,2 тыс.7 месяцев назад
conférence débat à Rutana Ubuzima buhiriwe
Ntushobora gukira udakoze ic'Imana ikubwiye
Просмотров 53Год назад
Ntushobora gukira udakoze ic'Imana ikubwiye
Imigenderanire ya twe na Yesu s'iya kirazira
Просмотров 213Год назад
Imigenderanire ya twe na Yesu s'iya kirazira
Umwungere wa mbere mw'ishengero i kiremba yatanze ikiganiro kubijanye n'umuhamagaro
Просмотров 12 тыс.2 года назад
Umwungere wa mbere mw'ishengero i kiremba yatanze ikiganiro kubijanye n'umuhamagaro
Intambamyi nyamukuru zibuza abantu gushika ku gakiza
Просмотров 1,3 тыс.2 года назад
Intambamyi nyamukuru zibuza abantu gushika ku gakiza
Ni iki gituma abantu badahabwa Mpwemu yera?
Просмотров 1522 года назад
Ni iki gituma abantu badahabwa Mpwemu yera?
Ubanza guhinduka kugira uhindure abandi igice ca 2
Просмотров 1 тыс.2 года назад
Ubanza guhinduka kugira uhindure abandi igice ca 2
wohinduka n'ivyawe vyohinduka igice ca 6
Просмотров 1312 года назад
wohinduka n'ivyawe vyohinduka igice ca 6
Yesu abahezagir mushishikare kuduha
Imana yishurir ku gih
Courage muka berikimasi
Afise vyinshi yobwira ishengero rya pentecont akongera akabibutsa kahise kishenger kuko urabonak benshi bagenda biyobagiza abandi bibagira
Nibaza ko ata studio bafise si non ntiboshirako ibintu bivuga uku.Ikindi mu mugenzi wa Pentecôte ntibavugira ubutumwa mu muziki,Abo ba jeunes babikora bogerageza bakaza barabaza uko bigenzwa.
Imana iziguhe ijuru
Muraza murakontorr amsjwi
Muhezagirwe muvyeyi
Muzogirishe interview Uyu Mwubahwa Ndikunkiko
merci kuri commentaire zanyu
amen amen
Yesu abahezagire kubwa amajambo ya kristo
Muhezagirwe cane courage
Yesu nashimwe twashimye cneee ark ntago aribyiza ako kantu mwashizemwo kavuga byizaaa muzagakuremo
Amen. Amaraso ya Yesu atweze
Imananiguhezagire mukozi wayo
Amen
Amen
Icompa tugasubira tugahura ukandambikako ibiganza muvyeyi😭
🙏🙏🙏🙏🙏🙏💯💯💯
Amen Amen
Oooh murakeneye ivyuma biyungurura amajwi
Good!Yesu abahezagire
Murakoze cane kudusangiza amajambo Yimana. Turasavye muduhe ingene igikorane cagenze cose muzoba mukoze
Bujumbura tunabapend sana Ubarikiwe
Murakoze cane ariko mube mugabanya iyi music irinyuma yijambo Na publicité yiyo TV.kugira twumve neza ivyo muba mwaduhaye.
Imana Ibagure muzoshika Kure ndabateye intege Yesu abahezagire
Courge bantu B Imana igikorwa ciza
Ubutumwa bwari buryoshe ariko nuko mubuciriye hagati
Imana ukorera Iguhezagire muvyeyi ,kandi Izoguhe Iherezo ryiza.
Amajwi nuko natayakontoroye neza
Yesu abahezagire cane groupe nziza
Yesu abahezagire cane,iki gikorwa mugikomeze cane!Iri Jambo n'ukuri vyose n amahitamwo yacu
Imana ibahezgire cane benedata
amahoro neza,Yesu Abahzagire cane kubizo nyigisho muriko muramamaza,ariko muriko mushiramwo music ntituvyumva neza,
Imana idufashe iduhe gukoreshwa NAYO Numuhamagaro wayo beshi bariko bakoreshwa nayandi majwi atavuye Kuri KRISTO YESU harakwiriye isengesho ryo kutaza tugasaba agahinyuza. Gusa nigihe gito Bigasobanuka YESU AHEZAGIRE UMUTAMA N'UMUVYEYI WACU
Yesu abahezagire caaane mwakoze kudusangiza ubutumwa bwiza
Iyi chaîne ndayikunze
Imana Data wakoreye kuva mu buto bwawe kugeza n ubu Izoguhe iherezo ryiza muvyeyi wacu Mwiza
UHORAHO ARAZIKUZIGAMA ABAMWUBAHA YARAMUKOREYE ARAFISE IMPERA
Pôle sana
Uko ni ko biri kabisa, ababishoboye nibo bavyica kuko ntibaba bagikenera Imana, bagatangura kwishimikiza akenge. C'est vraiment dommage
Frère Adronis et vos collègues, allez de l'avant au nom de Jésus Christ ! Que Dieu vous soutienne !
Imana ibahezgire cane kubw'iki gikorwa c'umugisha
Ndanezerejw n'agakino mudukiniye kuko kavuga ibintu biriho.hakwiy suite kugira dushishikare kwunguka.
Murakoze cane kunkebuzo nziza muduha bituma tubona aho turiko turaja