- Видео 37
- Просмотров 94 446
RWASA FANS 2025
Добавлен 30 июн 2024
UMUNTU WESE ARAFISE UKWEMERA KWIWE KURICO RERO TWUBAHANE TUNAKUNDANE MUBUTANDUKANE BWACU HABA MU MOKO INTARA IMIGAMBWE CANKE AMADINI TWUBAHANE
ABAPATIRI NI IMVUGAKURI ZIDAHENGAMA DUFISE MU BURUNDI
ABAPATIRI NI IMVUGAKURI ZIDAHENGAMA DUFISE MU BURUNDI HABA MW'IJAMBO RY'IMANA CANKE KU BUZIMA BWA PARITIKE NTIBATINYA KUVUGA UKURI UKO BAKUBONA
Просмотров: 3 682
Видео
IMYIDOGO YA PREZIDA NEVA HARICO YOBA IHINDURA K'UBUZIMA BW'IGIHUGU??
Просмотров 56616 часов назад
PRESIDA NI UMUNTU AKOMEYE CANE MUGIHUGU NIWE ABAZWA IBIBA VYOSE MUGIHUGU.YAMA YIDOGA KO ABO BAKORANA ATCO BAMUMARIYE AKEREKANA KO HARI ABANYONORA ITUNGA RY'IGIHUGU ARIKO NTANGINGO IKURIKIRA,NONE IVYO BIZOHERA GUTE, RYARI
IKIGANIRO IJAMBO NI RWAWE CA RADIO RPA
Просмотров 1,8 тыс.21 час назад
AMABI YO KUNYURUZA ABARUNDI YOHAGARARA GUTE CAKOZWE NA RADIO RPA KURI UYU W'IMANA IGENEKEREZO RYA 24 MUNYONYO 2024.
IMBURI YANYUMA KUBURUNDI YATANZWE N'UMU PASTORO WO MU RWANDA
Просмотров 12 тыс.21 час назад
UNO MU PASITORI AVUGA KO NA BUNYONI AZOREKURWA
INDIRIMBO: DUHANZE AMASO RWASA
Просмотров 6 тыс.День назад
INDIRIMBO: DUHANZE AMASO RWASA AHO IBINTU BIGEZE UBU DUHANZE AMASO RWASA
ASABA INDONGOZI ZIMWE ZIMWE GUTANGA IMIHOHO,NK'UMUSHIKIRANJI W'UBUDANDAJI
Просмотров 53714 дней назад
ASABA INDONGOZI ZIMWE ZIMWE GUTANGA IMIHOHO,NK'UMUSHIKIRANJI W'UBUDANDAJI
UBURUNDI BUZORONKA UBUTUNGANE,AMAHORO,INTWARO IBEREYE RYARI??
Просмотров 1,8 тыс.14 дней назад
ABARUNDI BIFUZA RWASA KWARIWE YOBOGORA IGIHUGU
NYAKURIZATION MU MIGABWE IKIGANIRO CA RADIO RPA
Просмотров 2,1 тыс.21 день назад
NYAKURIZATION MU MIGABWE IKIGANIRO CA RADIO RPA
ABANYAGIHUGU BARIDOGERA URWEGO RW'INAMA NSHINGAMATEKA Y'IKIGIHE KO ITAKIBASERUKIRA
Просмотров 2,2 тыс.21 день назад
IKI KIGANIRO CAKOZWE NA RADIO RPA ABATUMIRE BAKABA ARI; -UMUSHINGAMATEKA AKOMOKA MURI CNL ARIWE PASCAL GIKEKE -WAHOZE ARI UMUSHINGAMATEKA FABIEN BANCIRYANINO -UMUSHINGA MATEKA GASTON SINDIMWO THEME IKABA YARIFATIYE KUMWIHWEZO KO VYUKURI INAMA NSHINGAMATEKA YUNO MUSI YOBA IGISERUKIRA UMUNYAGIHUGU CANKE ATAJAMBO YOBA IFISE BIVUYE KUGIKENYE C'ABA DD
IKIGANIRO IJAMBO NI RWAWE CAKOZWE NA RADIO RPA
Просмотров 44121 день назад
IKIGANIRO IJAMBO NI RWAWE CAKOZWE NA RADIO RPA
URUBANZA RWA CNL UKO RWAGENZE
Просмотров 1,8 тыс.21 день назад
UJKO URUBANZA RWA CNL YA AGATHON RWASA RWAGENZE EJO KUWA 7 MONYONYO 2024
INGOMA Y'ABANYONYEZI IGIYE KURANGIRA
Просмотров 3,7 тыс.28 дней назад
INGOMA Y'ABANYONYEZI YABABAJE BENSHI,IRIZA BENSHI,ISONZESHA BENSHI,INYURUZA BENSHI.
HON. RWASA ATI BITIRANYA IGIHUGU N'UMUGAMBWE IVYO VYOGEZA HE IGIHUGU.KURIKIRANA IKIGANIRO COSE
Просмотров 2,5 тыс.28 дней назад
HON. RWASA ATI BITIRANYA IGIHUGU N'UMUGAMBWE IVYO VYOGEZA HE IGIHUGU.KURIKIRANA IKIGANIRO COSE
ICO RWASA AVUGA KU MATORA YA 2025 NA 2027
Просмотров 4,7 тыс.Месяц назад
ICO RWASA AVUGA KU MATORA YA 2025 NA 2027
INGOMA Y'ABANYONYEZI BY RWASA FANS YOUTUBE
Просмотров 1,9 тыс.Месяц назад
INGOMA Y'ABANYONYEZI BY RWASA FANS RUclips
NGIRUKUSHAKA AHO NTACO URABONA TEKANA
Просмотров 1 тыс.Месяц назад
NGIRUKUSHAKA AHO NTACO URABONA TEKANA
MBEGA UKUDAHANA INKOZI Z'IKIBI MUBURUNDI VYAZANANYE HE?
Просмотров 1 тыс.Месяц назад
MBEGA UKUDAHANA INKOZI Z'IKIBI MUBURUNDI VYAZANANYE HE?
KIZIGENZA RWASA AGATHON NIWE DUHANZE AMASO COMING SOON SONG
Просмотров 3,4 тыс.Месяц назад
KIZIGENZA RWASA AGATHON NIWE DUHANZE AMASO COMING SOON SONG
AGATHON RWASA yariko aravuga kuvyerekeye CNL ko 2025 ategerezwa kubamwo mu matora
Просмотров 7 тыс.Месяц назад
AGATHON RWASA yariko aravuga kuvyerekeye CNL ko 2025 ategerezwa kubamwo mu matora
ABA DD SINZI ICO BAPFA NABANYAGIHUGU.KUDUKENESHA,KUGIRA URWANKO,GUKURA UBUZI BWABANTU BATO BATO
Просмотров 134Месяц назад
ABA DD SINZI ICO BAPFA NABANYAGIHUGU.KUDUKENESHA,KUGIRA URWANKO,GUKURA UBUZI BWABANTU BATO BATO
NDAFISE IJAMBO NDI UMUFANA YIYEMERA WA AGATHON RWASA
Просмотров 1,5 тыс.2 месяца назад
NDAFISE IJAMBO NDI UMUFANA YIYEMERA WA AGATHON RWASA
BUNYONI YARIKO ARATAMBA INDIRIMBO IVUGA TUZOTORA RWASA
Просмотров 1,6 тыс.2 месяца назад
BUNYONI YARIKO ARATAMBA INDIRIMBO IVUGA TUZOTORA RWASA
KIZIGENZA ARAVUGA KO ATA CNL NTAMATORA AZOBA
Просмотров 2,6 тыс.3 месяца назад
KIZIGENZA ARAVUGA KO ATA CNL NTAMATORA AZOBA
EDEN BURUNDI INDIRIMBO IRIMWO UBUTUMWA BUKOMEYE CANE HAMBAVU YIVYO NI GUTORA RWASA IBINTU BIHINDUKE
Просмотров 3,3 тыс.3 месяца назад
EDEN BURUNDI INDIRIMBO IRIMWO UBUTUMWA BUKOMEYE CANE HAMBAVU YIVYO NI GUTORA RWASA IBINTU BIHINDUKE
Cahakirimwo kenshi gusoma kujana nubusambanyi abasoma basomahosi ntawogenda bandi iyumuntu canecane bomuvugango basome dukeyi nubusambanyi biragendana
nave mugacerere uvuge kwazitoza cnk kwatazitoza ntabindi
Gusa Kuma Comedy Tuzoguma tukwibuka nkeseriii
Umubajije ikibazonyacanyaco
Canke uruta yesu?
None wewe uruta pauru?
Imana idutabare can idushireko ikimenyetso
Uravugira IMANA muvyeyi wacu
Église catholique ndayemera👌💯
😂
Turagowe mukama nutugirire ikigongwe😢
Trevor mon pattri🇧🇮🗣️✍️
Ijanakwijana intsinzi nubukuka❤
None uyo mupatiri avuga ukuri hanyuma mukamunyegeza mumaso amaze iki?Abo bapatiri bagwanira inyungu z'umukoroni nibabura guhindura imitima y'aba kirisu babo ngo bigaye batware neza bakaza kuririra mumanama,ukwo n'uguhenda abantu mission y'ivugabitumwa yarabananiye nibigire muri politique
Imbonesi nijambo abakoloni sinzi ico mupfana naryo.wewe rero niwe uruta prezida n'abandi bubahwa bari imbere y'uno mu patiri igihe yariko arasigura irijambo be mwemera bavuge ukuri kuko ntibahengama
Canke urondera uwo ukorera ikibi message ntiwayumvise?
Abapatir baravug ukur amaziconyen yatorew kuvug ukur wwe rer vyagukozek nicogitum wanditse ayomajamb umukam ahezagir abapati
Jewe nzogutota kk ntamugambwe numwe ndimwo ariko reka naw utware turabe ubutwari bwawe kk nuwambere yatubarira ko azoturwa inyuma ariko birangirura mumajambo imana igufashe mubutwari myzogira
Ivyuvuga ntangingo ubifatira kwel namajambo yonyene gusa kabisa
Oya yemwe vyaranse niyemereko vyamunaniye nareke kwihagararako
Sinemeranya nawe ko Pawulo yavuze arya majambo ari mu mubiri. N'uwavuze ko vino ari umukobanyi si Imana ni Salomo. Ahubwo Pawulo niwe yashizweho kuba Intumwa ku banyamahanga. Kandi niwe yashizeho urufatiro. Abubakako ngo mwiyubare!
Ivyo uvuze ntabwo bijanye nintangamarara wavuze murebe ntimubeshere Imana kuko murazi ko imana yo mu Rwanda itandukanye nImana yiburundo
Ko mutavuze ku nkuru ya Bunyoni
Potelea mbali msenge
NIMBA MUZOSOMA IYI MESSAGE MUBARIRE ABUMVIRIZA AYAMAJAMBO BIBUKE IBI YESU UKOYARAREJO NIKWARUYUMUNSI İMANA IVUZE NTAGUFYINA YESAYA HAHEZE IMYAKA MALAKI HAHEZE IMYAKA KANDI IMANA IBANZAKUREKA BAKAYICOKORERA ABAKOZI IKAZABIBAHORA MURAKOZE
Imiti wafashe yibisazi yaguteye gusara gose aho gukora? Abarwayi bararwira
Haduga hamanuka hanyerera umugambwe CNDD-FDD uzotsinda amatora yo muri 2025 na 2027 muvyemera mutavyemera shauri yenu mimi nimekwisha sema
Umugambwe wanyu watsinze 2005 honyene ahasigaye utunzwe n'ubunyonyezi mu matora ntakundi
@NDAKUNDAKIZIGENZARWASAAGATHON haduga hamanuka hanyerera umugambwe CNDD-FDD uzotsinda amatora yo muri 2025 na 2027 muvyemera mutavyemera shauri yenu mimi nimekwisha sema
❤❤❤❤🎉🎉🎉
CAKIROFA KIRONGEYE KUDEBAGURA NIBAGUTWARE KWAMUGANGA BAKUVUZE URWAYE IBISAZI VRAIMENT UVUGA IBINTU VYIBIDAHWE
Jewe nsindabineguye arko muze muraraba ntimubeshere Imana ngo yavuze kndi arimwebwe mwavyigeneye
Bura kudahanga amaso Imana .azahindura iki iwanyu. Rien ne va
Nimba kokomuvugananimana uburundimudufashegusenga beshi dusenganuburyarya
Komera ncutiyanje
Mumyakayahera.yaratubeshe?
Tok ahurintabyo lkwereka 😅😅😅😅iyomana ikwereka burimusi izakwereke nibyoahuri biruzuye😅😅😅😅😅
Aho no kumviriza sinumviruza
Shaa ninjyiji vremant
Swaganiriza hariya, Imana ntavyo ikwereka aho mu rwanda
none ivyo muhanura minsi yose ko atanakimwe kiba! ibihanuwe birasohora! mufatira kuvyo mubonesha amaso, mugaca muhanura, ngo Imana yabibabwiye! ntamuntu numwe atabona ko uburundi bumerewe nabi! ntibisigura ko twabibwiwe nimana , biribonekeza kuri bose. Twese tubibona uko kuko turakurikira , ahubwo abarundi barageramiwe , birazwi , Imana yavyeretse bose, kiretse abasinziriye
Namarangamutima yiwe😅
Mubacunge ntibiyongere nabuyoya yarakibahaye batamustinze ntibabeshe barahawe ntibastinze namba nizonisiyobastindiye
Bemaso mirongibiri iraheze abarundibarirA kubitizonkona zitangatange muzigeme
Mukomere mwihagarareko mwigizinyuma izonkona zamazimiswi ninkokovyose zaryanye namoya zikubitinjuguju muzirukane
AGATHON Rwasa nzokugw'inyumaaa❤
❤
Iman ihezagir abakoz iyo ndirimbo
😂😂😂😂ego kweri uyo ni Kireko womuri ninde niyumviye aho namubinye ndabura none ndibutse ko yari umukinyi wa ninde ubunyene kireko wee vyagucanze ugiye muvyapolitike navyo?
Witoza utitoza ❤
❤❤❤❤❤🎉
🙏🙏🙏
Isima muminsi Mike izobigeez 100ml
Mutama turakuraba tuzogutora
Imana irimurivyo irimukazi ❤❤❤❤❤❤❤
Simwe mubinyegeza ngomumutobere igihugu NEVA.murahumba igihugu cose yuzuyemwo imbonerakure nabagumyabanga ntanayabashingamateka muzoronka.😂😂😂😂😂😂😂😂NEVA arake abasokoze murorera.urukundo akunzwe mugihugu ntirivugwa.gusa ntimuzokwitwaze ngomwibwe mubonye mukubiswe.🇧🇮Bwa NEVA🙋💪💪💪💪💪
Ndibaza muma comment yose ubona ngaha ushobora kuba wisanze urumwe.
😢urikigoryi,ntacuzovamwo
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🙏🙏🙏